ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezira 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:22; Yes 45:1; Dn 10:1
  • +Yr 25:12; 29:14; 33:11
  • +Img 21:1
  • +2Ng 24:9; 30:5
  • +Est 3:12; 8:10; Dn 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 22

Ezira 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:23
  • +1Bm 8:27, 43; Zb 96:5; Yes 37:16
  • +Zb 75:7; Yr 27:5; Dn 2:21; 4:35; 5:21
  • +Yes 44:28

Ezira 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:20; Zb 145:18; Yes 45:13
  • +Gus 3:24; 2Sm 22:32; Zb 86:10; Yr 10:10; 1Kr 8:4
  • +1Bm 6:1

Ezira 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6; Yr 9:16
  • +Kv 35:21; 1Ng 29:9; Ezr 7:16

Ezira 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 19:8; Ezk 20:1
  • +Neh 2:12; Fp 2:13
  • +2Ng 36:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 17

Ezira 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:18; Yes 41:10
  • +Img 3:9; 2Kr 9:7

Ezira 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:14; 6:5
  • +2Bm 24:13; 2Ng 36:7, 18; Dn 5:2
  • +Dn 1:2

Ezira 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:14, 16; Hg 1:1; 2:21
  • +Hg 1:14; Zk 4:7

Ezira 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 4:8

Ezira 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 2:23
  • +2Bm 24:15; 2Ng 36:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezr. 1:12Ng 36:22; Yes 45:1; Dn 10:1
Ezr. 1:1Yr 25:12; 29:14; 33:11
Ezr. 1:1Img 21:1
Ezr. 1:12Ng 24:9; 30:5
Ezr. 1:1Est 3:12; 8:10; Dn 6:8
Ezr. 1:22Ng 36:23
Ezr. 1:21Bm 8:27, 43; Zb 96:5; Yes 37:16
Ezr. 1:2Zb 75:7; Yr 27:5; Dn 2:21; 4:35; 5:21
Ezr. 1:2Yes 44:28
Ezr. 1:3Gus 3:24; 2Sm 22:32; Zb 86:10; Yr 10:10; 1Kr 8:4
Ezr. 1:31Bm 6:1
Ezr. 1:31Ng 28:20; Zb 145:18; Yes 45:13
Ezr. 1:42Bm 17:6; Yr 9:16
Ezr. 1:4Kv 35:21; 1Ng 29:9; Ezr 7:16
Ezr. 1:52Ng 19:8; Ezk 20:1
Ezr. 1:5Neh 2:12; Fp 2:13
Ezr. 1:52Ng 36:19
Ezr. 1:6Neh 2:18; Yes 41:10
Ezr. 1:6Img 3:9; 2Kr 9:7
Ezr. 1:7Ezr 5:14; 6:5
Ezr. 1:72Bm 24:13; 2Ng 36:7, 18; Dn 5:2
Ezr. 1:7Dn 1:2
Ezr. 1:8Ezr 5:14, 16; Hg 1:1; 2:21
Ezr. 1:8Hg 1:14; Zk 4:7
Ezr. 1:102Ng 4:8
Ezr. 1:11Hg 2:23
Ezr. 1:112Bm 24:15; 2Ng 36:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Ezira 1:1-11

Ezira

1 Mu mwaka wa mbere wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi, kugira ngo ijambo rya Yehova ryavuye mu kanwa ka Yeremiya+ riranguke, Yehova akabura+ impwemu ya Kuro umwami w’Ubuperesi ku buryo ategeka ko haterwa akamo+ mu karere atwara kose, bigashirwa no mu nyandiko+, ngo:

2 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi avuze+: ‘Yehova Imana y’amajuru+ yarampaye+ ubwami bwose bwo mw’isi, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ muri Yuda. 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+. 4 Nayo umuntu wese asigaye, ahantu hose abaye ari kavamahanga+, abantu b’aho aba bamufashishe ifeza n’inzahabu n’ibintu n’ibitungwa hamwe n’ishikanwa ritangwa ku bushake+, bigenewe inzu y’Imana y’ukuri yari i Yeruzalemu.’”

5 Maze abakuru+ ba ba se ba Yuda n’aba Benyamini n’abaherezi n’Abalewi barahaguruka, egome, umuntu wese Imana y’ukuri yakabuye impwemu yiwe+, kugira ngo baduge gusubira kwubaka inzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu. 6 Nayo abari irya n’ino yabo bose, bakomeza+ amaboko yabo mu kubaronsa ibikoresho vy’ifeza, inzahabu, ibintu n’ibitungwa be n’ibintu vyizavyiza, turetse ibintu vyose vyatanzwe ku bushake+.

7 Vyongeye, Umwami Kuro ubwiwe asohora ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova+, ivyo Nebukadinezari yari yarakuye i Yeruzalemu+ akabishira mu nzu y’imana yiwe+. 8 Nuko Kuro umwami w’Ubuperesi arabisohora bihagarikiwe na Mitiredati umunyabigega, abiharurira Sheshibazari+ umukuru wa Yuda+.

9 Iki rero ni co gitigiri cavyo: ivyombo mirongo itatu vy’inzahabu bimeze nk’ibisimbo, ivyombo igihumbi vy’ifeza bimeze nk’ibisimbo, n’ibindi vyombo mirongo ibiri n’icenda vy’ibisubirizi, 10 amabakure+ matomato mirongo itatu y’inzahabu, amabakure matomato yo hampande amajana ane na cumi y’ifeza, n’ibindi bikoresho igihumbi. 11 Ibikoresho vyose vy’inzahabu n’ivy’ifeza vyari ibihumbi bitanu n’amajana ane. Vyose Sheshibazari+ arabidugana, igihe abari barajanywe ari inyagano+ baduganwa i Yeruzalemu bakuwe i Babiloni.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika