ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:1; Dn 9:2; Mt 2:17
  • +Yos 21:18; 1Bm 2:26; 1Ng 6:60; Yr 29:27
  • +Yos 18:11

Yeremiya 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:1
  • +2Bm 21:19
  • +2Ng 34:1; Yr 25:3

Yeremiya 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:1; 2Ng 36:4; Yr 25:1
  • +2Bm 24:18; 2Ng 36:11; Yr 21:1; 39:2
  • +2Bm 25:8; Yr 52:12

Yeremiya 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:16
  • +Abc 13:5; Yes 45:1; Rm 9:11
  • +Lk 1:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 6-7

Yeremiya 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:10
  • +1Bm 3:7; 1Tm 4:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 29

    Yeremiya, rup. 7

Yeremiya 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:2; Gh 22:20; 2Ng 18:13; Yr 11:2; Ezk 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 191

Yeremiya 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 2:6; 3:8
  • +Kv 3:12; Gus 31:6; Yos 1:5; Yr 15:20; Ivk 18:10; 26:17; 2Kr 1:10; Heb 13:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 188-191

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

    15/12/2005, rup. 24

Yeremiya 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:7
  • +Kv 4:15; Yes 51:16; Ezk 33:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 32-34

Yeremiya 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 10:11
  • +Yr 18:7; Ezk 32:18
  • +Yes 44:26; Yr 18:9; 24:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 30, 31-32

    Yeremiya, rup. 168

Yeremiya 1:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bisobanura ngo: “uwuri maso.”

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 8-9

Yeremiya 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 28-29

    15/3/2007, rup. 8-9

Yeremiya 1:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Bahūshe,” ni ukuvuga ko bahūshe umuriro uri munsi yayo.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 14-15

Yeremiya 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:1; 10:22; 47:2; 50:9

Yeremiya 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:15; 6:22; 25:9
  • +Yr 39:3
  • +Gus 28:52; Yr 4:16; 9:11; 33:10; 34:22; 44:6

Yeremiya 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:20; Yr 4:12
  • +Yos 24:20; 2Bm 22:17; 2Ng 7:19; Yr 17:13
  • +Ezk 8:11; Hs 11:2
  • +Yes 2:8; Ivk 7:41

Yeremiya 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:46; 2Bm 4:29; 9:1; Yb 38:3; Lk 12:37; 1Pt 1:13
  • +Yos 1:9; Ezk 2:6

Yeremiya 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:20
  • +Yr 20:11; Ezk 3:8; Mik 3:8
  • +Yr 26:12; Dn 9:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 32

Yeremiya 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 129:2
  • +It 28:15; Kv 3:12; Yos 1:5
  • +Yr 15:20; Rm 8:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 88-89

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2000, rup. 24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 1:1Ezr 1:1; Dn 9:2; Mt 2:17
Yer. 1:1Yos 21:18; 1Bm 2:26; 1Ng 6:60; Yr 29:27
Yer. 1:1Yos 18:11
Yer. 1:22Bm 22:1
Yer. 1:22Bm 21:19
Yer. 1:22Ng 34:1; Yr 25:3
Yer. 1:32Bm 24:1; 2Ng 36:4; Yr 25:1
Yer. 1:32Bm 24:18; 2Ng 36:11; Yr 21:1; 39:2
Yer. 1:32Bm 25:8; Yr 52:12
Yer. 1:5Abc 13:5; Yes 45:1; Rm 9:11
Yer. 1:5Lk 1:15
Yer. 1:5Zb 139:16
Yer. 1:6Kv 4:10
Yer. 1:61Bm 3:7; 1Tm 4:12
Yer. 1:7Kv 7:2; Gh 22:20; 2Ng 18:13; Yr 11:2; Ezk 3:4
Yer. 1:8Ezk 2:6; 3:8
Yer. 1:8Kv 3:12; Gus 31:6; Yos 1:5; Yr 15:20; Ivk 18:10; 26:17; 2Kr 1:10; Heb 13:6
Yer. 1:9Yes 6:7
Yer. 1:9Kv 4:15; Yes 51:16; Ezk 33:7
Yer. 1:10Ivh 10:11
Yer. 1:10Yr 18:7; Ezk 32:18
Yer. 1:10Yes 44:26; Yr 18:9; 24:6
Yer. 1:12Gus 32:35
Yer. 1:14Yr 6:1; 10:22; 47:2; 50:9
Yer. 1:15Yr 5:15; 6:22; 25:9
Yer. 1:15Yr 39:3
Yer. 1:15Gus 28:52; Yr 4:16; 9:11; 33:10; 34:22; 44:6
Yer. 1:16Gus 28:20; Yr 4:12
Yer. 1:16Yos 24:20; 2Bm 22:17; 2Ng 7:19; Yr 17:13
Yer. 1:16Ezk 8:11; Hs 11:2
Yer. 1:16Yes 2:8; Ivk 7:41
Yer. 1:171Bm 18:46; 2Bm 4:29; 9:1; Yb 38:3; Lk 12:37; 1Pt 1:13
Yer. 1:17Yos 1:9; Ezk 2:6
Yer. 1:18Yr 15:20
Yer. 1:18Yr 20:11; Ezk 3:8; Mik 3:8
Yer. 1:18Yr 26:12; Dn 9:6
Yer. 1:19Zb 129:2
Yer. 1:19It 28:15; Kv 3:12; Yos 1:5
Yer. 1:19Yr 15:20; Rm 8:31
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 1:1-19

Yeremiya

1 Amajambo ya Yeremiya+ mwene Hilikiya, umwe mu baherezi bari i Anatoti+ mu gihugu ca Benyamini+, 2 uwo ijambo rya Yehova ryajeko mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+, umwami wa Yuda, mu mwaka ugira cumi na gatatu w’ingoma yiwe+. 3 Ryongera kumuzako mu misi ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, gushika umwaka ugira cumi na rimwe wa Zedekiya+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, urangiye, gushika Yeruzalemu igiye mu bunyagano mu kwezi kugira gatanu+.

4 Nuko ijambo rya Yehova rinzako riti: 5 “Ntarakubumbira mu nda+ nari ndakuzi+, kandi utarava mu gitereko narakwejeje+. Nakugize umuhanuzi ku mahanga.”

6 Mugabo mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe vy’ukuri sinzi kuvuga+, kuko ndi agahungu+.”

7 Maze Yehova ambwira ati: “Ntuvuge ngo: ‘Ndi agahungu.’ Mugabo abo nzogutumako bose, ni bo uzojako; kandi ico nzogutegeka cose, ni co uzovuga+. 8 Ntuterwe ubwoba no mu maso habo+, kuko ‘ndi kumwe nawe kugira nkurokore+,’ ni ko Yehova avuze.”

9 Yehova aca atuma ukuboko kwiwe agukoza ku munwa wanje+. Maze Yehova ambwira ati: “Ehe nshize amajambo yanje mu kanwa kawe+. 10 Raba ngushinze igikorwa uyu musi co kuba hejuru y’amahanga no hejuru y’ubwami+, kugira ngo urandure, usiturire hasi, utikize, usambure+, wubake kandi uteragire+.”

11 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako riti: “Ubona iki ga Yeremiya?”

Nanje nti: “Mbona agashami k’igiti ca shakedi*.”

12 Maze Yehova ambwira ati: “Ubonye neza, kuko nguma ndi maso ku bijanye n’ijambo ryanje kugira ndarishitse+.”

13 Nuko ijambo rya Yehova rinzako ubugira kabiri riti: “Ubona iki?”

Nanje nti: “Mbona inkono y’umunwa munini bahūshe*, kandi umunwa wayo uhengamye uva mu buraruko.”

14 Yehova aca ambwira ati: “Ivyago bizorekurirwa ku baba mu gihugu bose bivuye mu buraruko+. 15 Kuko ‘ehe mpamagaje imiryango yose y’ubwami bwo mu buraruko,’ ni ko Yehova avuze+; ‘kandi izoza koko, umwumwe wose ushire intebe y’ubwami yawo ku bwinjiriro bw’amarembo ya Yeruzalemu+, maze itere impome zayo zose zihakikuje, itere n’ibisagara vyose vya Yuda+. 16 Kandi nzoshikiriza imanza ndabiciriye ku bw’ububi bwavyo bwose+, kubera bampevye+ kandi bakaba baguma bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ bongera bunamira ivyakozwe n’amaboko yabo+.’

17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo. 18 Mugabo jewe, ehe uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome, nkugira n’inkingi y’icuma n’impome z’umujumpu+ ku gihugu cose+, ngo uhangane n’abami ba Yuda, n’abaganwa baho, n’abaherezi baho be n’abanyagihugu+. 19 Bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+, kuko ‘ndi kumwe nawe+ kugira nkurokore+,’ ni ko Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika