ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:14; Est 2:6
  • +Zb 137:1; Ezk 3:15; 10:15; 43:3
  • +Mt 3:16; Ivk 7:55; 10:11; Ivh 19:11
  • +It 15:1; Gh 12:6; Dn 8:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 6

Ezekiyeli 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:12; 2Ng 36:10; Yr 24:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 6

Ezekiyeli 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 1:21
  • +Ezk 24:24
  • +2Bm 24:16; Yr 22:25
  • +1Bm 18:46; 2Bm 3:15; Ezk 3:14

Ezekiyeli 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:11
  • +Zb 97:2
  • +Kv 19:18; 24:17
  • +Ezk 8:2

Ezekiyeli 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:9; Ivh 4:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12

Ezekiyeli 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:14
  • +Yes 6:2; Ezk 10:21; Ivh 4:8

Ezekiyeli 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:3
  • +Dn 10:6; Ivh 1:15

Ezekiyeli 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:6; Ezk 10:8
  • +Ezk 10:21

Ezekiyeli 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:11

Ezekiyeli 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:7
  • +2Sm 17:10; Img 28:1
  • +Ezk 10:14
  • +Img 14:4
  • +Ivh 4:7
  • +Yb 39:29; Img 30:19; Ezk 10:14

Ezekiyeli 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:10
  • +Yes 6:2

Ezekiyeli 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:22
  • +Zb 103:20; Ezk 1:20; Heb 1:14
  • +Ezk 1:17

Ezekiyeli 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:4
  • +Dn 7:10
  • +Zb 97:3

Ezekiyeli 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:10; Mt 24:27

Ezekiyeli 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:9, 13; 11:22
  • +Ivh 4:7

Ezekiyeli 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:9
  • +Kv 39:13; Dn 10:6
  • +Ezk 10:10; Dn 7:9

Ezekiyeli 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:11
  • +Ezk 1:12

Ezekiyeli 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:3; Ezk 10:12; Zk 4:10

Ezekiyeli 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:16

Ezekiyeli 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:17

Ezekiyeli 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:6
  • +Ezk 10:1

Ezekiyeli 1:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 43:2; Ivh 1:15; 14:2
  • +Yb 37:2; Zb 29:3; 68:33
  • +2Bm 7:6

Ezekiyeli 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:10; Zb 96:6; Ezk 10:1
  • +1Bm 22:19; Zb 99:1; Yes 6:1; Ivh 4:2
  • +Dn 7:9

Ezekiyeli 1:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:2
  • +Gus 4:24; Zb 104:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4

Ezekiyeli 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:13; Ivh 4:3
  • +Kv 24:16; Ezk 8:4
  • +Ezk 3:23; 43:3; Dn 8:17; Ivh 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 1:12Bm 24:14; Est 2:6
Ezk. 1:1Zb 137:1; Ezk 3:15; 10:15; 43:3
Ezk. 1:1Mt 3:16; Ivk 7:55; 10:11; Ivh 19:11
Ezk. 1:1It 15:1; Gh 12:6; Dn 8:1
Ezk. 1:22Bm 24:12; 2Ng 36:10; Yr 24:1
Ezk. 1:32Pt 1:21
Ezk. 1:3Ezk 24:24
Ezk. 1:32Bm 24:16; Yr 22:25
Ezk. 1:31Bm 18:46; 2Bm 3:15; Ezk 3:14
Ezk. 1:4Zb 97:2
Ezk. 1:4Kv 19:18; 24:17
Ezk. 1:4Ezk 8:2
Ezk. 1:41Bm 19:11
Ezk. 1:5Ezk 10:9; Ivh 4:6
Ezk. 1:6Ezk 10:14
Ezk. 1:6Yes 6:2; Ezk 10:21; Ivh 4:8
Ezk. 1:7Lw 11:3
Ezk. 1:7Dn 10:6; Ivh 1:15
Ezk. 1:8Yes 6:6; Ezk 10:8
Ezk. 1:8Ezk 10:21
Ezk. 1:9Ezk 10:11
Ezk. 1:10Ivh 4:7
Ezk. 1:102Sm 17:10; Img 28:1
Ezk. 1:10Ezk 10:14
Ezk. 1:10Img 14:4
Ezk. 1:10Ivh 4:7
Ezk. 1:10Yb 39:29; Img 30:19; Ezk 10:14
Ezk. 1:11Zb 18:10
Ezk. 1:11Yes 6:2
Ezk. 1:12Ezk 10:22
Ezk. 1:12Zb 103:20; Ezk 1:20; Heb 1:14
Ezk. 1:12Ezk 1:17
Ezk. 1:13Zb 104:4
Ezk. 1:13Dn 7:10
Ezk. 1:13Zb 97:3
Ezk. 1:14Zb 18:10; Mt 24:27
Ezk. 1:15Ezk 10:9, 13; 11:22
Ezk. 1:15Ivh 4:7
Ezk. 1:16Ezk 10:9
Ezk. 1:16Kv 39:13; Dn 10:6
Ezk. 1:16Ezk 10:10; Dn 7:9
Ezk. 1:17Ezk 10:11
Ezk. 1:17Ezk 1:12
Ezk. 1:18Img 15:3; Ezk 10:12; Zk 4:10
Ezk. 1:19Ezk 10:16
Ezk. 1:21Ezk 10:17
Ezk. 1:22It 1:6
Ezk. 1:22Ezk 10:1
Ezk. 1:24Ezk 43:2; Ivh 1:15; 14:2
Ezk. 1:24Yb 37:2; Zb 29:3; 68:33
Ezk. 1:242Bm 7:6
Ezk. 1:26Kv 24:10; Zb 96:6; Ezk 10:1
Ezk. 1:261Bm 22:19; Zb 99:1; Yes 6:1; Ivh 4:2
Ezk. 1:26Dn 7:9
Ezk. 1:27Ezk 8:2
Ezk. 1:27Gus 4:24; Zb 104:2
Ezk. 1:28It 9:13; Ivh 4:3
Ezk. 1:28Kv 24:16; Ezk 8:4
Ezk. 1:28Ezk 3:23; 43:3; Dn 8:17; Ivh 1:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 1:1-28

Ezekiyeli

1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+. 2 Ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatanu Umwami Yehoyakini+ ajanywe mu bunyagano, 3 ijambo rya Yehova ryaje+ neza na neza kuri Ezekiyeli+ mwene Buzi umuherezi mu gihugu c’Abakaludaya+, iruhande y’uruzi Kebari, kandi ukuboko kwa Yehova kuba kuri we aho hantu+.

4 Hanyuma nza mbona umuyaga w’igihuhusi+ uje uva mu buraruko, igicu kinini+ n’umuriro urabagiza+, kandi carakaka irya n’ino, hagati muri wo hakavamwo ikintu kimeze nk’ishusho y’uruvange rw’inzahabu n’ifeza, kiva hagati muri nya muriro+. 5 Kandi hagati muri wo hari ibisa n’ibinyabuzima bine+, kandi uku ni ko vyasa: vyasa n’umuntu yakuwe mw’ivu. 6 Kimwe cose cari gifise mu maso hane+, kimwe cose muri vyo kikagira amababa ane+. 7 Ibirenge vyavyo vyari bigororotse, kandi mu bworo bw’ibirenge havyo hari nk’ah’inyana+; kandi vyarakayangana nk’uguca ibibatsi kw’umujumpu usenye+. 8 Munsi y’amababa yavyo hari amaboko y’umuntu ku mpande zavyo zine+, kandi uko ari bine vyari bifise mu maso havyo n’amababa yavyo+. 9 Amababa yavyo yarakoranako. Bigiye ntivyakata; vyagenda kimwe cose gitumbereye imbere+.

10 Kandi uko mu maso havyo hasa, uko ari bine vyari bifise mu maso h’umuntu+, bikagira mu maso h’intambwe+ iburyo+, kandi uko ari bine vyari bifise mu maso h’ishūri+ ibubamfu+; uko ari bine kandi vyari bifise mu maso h’inkona+. 11 Ukwo ni ko mu maso havyo hari hameze. Amababa yavyo+ yari ashanje yerekeza hejuru. Kimwe cose cari gifise abiri akoranako, yandi abiri agapfuka imibiri yavyo+.

12 Kandi vyagenda kimwe cose gitumbereye imbere+. Aho impwemu yaba igomvye kuja hose, ni ho vyaja+. Bigiye ntivyakata+. 13 Kandi uko nya binyabuzima vyasa, ishusho yavyo yari nk’amakara yaka umuriro+. Ikintu kimeze nk’ishusho y’ibimuri+ caza kiragenda kigaruka hagati ya nya binyabuzima, kandi nya muriro warakaka, muri nya muriro hakavamwo imiravyo+. 14 Kandi nya binyabuzima vyaza biragenda vyongera bigaruka, bikaboneka nk’umuravyo+.

15 Ngumye nitegereza nya binyabuzima, nza mbona ikurudumu imwe kw’isi iruhande ya nya binyabuzima+, hafi yo mu maso hane ha kimwekimwe cose+. 16 Kandi ishusho y’amakurudumu+ n’inyubako yayo, kwari nk’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito+; kandi uko ari ane yarasa. Kandi ishusho yayo n’inyubako yayo vyari nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+. 17 Agiye yagenda ku mpande zayo uko ari zine+. Kandi agiye ntiyahindukirira ahandi+. 18 Nayo amaringi yayo, yari afise uburebure bw’amahagarara bunini ku buryo yari ateye ubwoba; kandi amaringi yayo yari yuzuye amaso ayazungurutse yose uko ari ane+. 19 Igihe nya binyabuzima bigiye, nya makurudumu yagendera iruhande yavyo, igihe na ho bidugijwe bikava kw’isi, na nya makurudumu yaraduzwa+. 20 Aho impwemu igomvye kuja hose, ni ho vyaja, ari ho impwemu igomvye kuja; kandi nya makurudumu yaraduzwa hafi iruhande yavyo, kuko impwemu y’ikinyabuzima yari mu makurudumu. 21 Bigiye, na yo yaragenda; kandi bihagaze, na yo yarahagarara; kandi iyo bidugijwe bikava kw’isi, nya makurudumu yaraduzwa hafi iruhande yavyo, kuko impwemu y’ikinyabuzima yari mu makurudumu+.

22 Kandi hejuru y’imitwe ya nya binyabuzima hari ikimeze nk’ikirere+ gisa n’uguca ibibatsi kw’ibarafu iteye ubwoba, gishanje hejuru y’imitwe yavyo+. 23 Kandi amababa yavyo yari agororotse munsi ya nya kirere, rimwe rirabana n’irindi. Kimwe cose cari gifise amababa abiri apfutse imibiri yavyo hino, kandi kimwe cose kikagira abiri apfutse hirya. 24 Hanyuma bigiye, numva ijwi ry’amababa yavyo, ijwi nk’iry’amazi menshi+, rimeze nk’ijwi rya Mushoboravyose, nk’ijwi ry’uruhagarara+, nk’ijwi ry’ikambi+. Iyo bihagaze, vyaca bimanura amababa yavyo.

25 Maze humvikana ijwi hejuru ya nya kirere cari hejuru y’umutwe wavyo. (Iyo bihagaze, vyaca bimanura amababa yavyo.) 26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+. 27 Hanyuma mbona ikintu kimeze nk’uguca ibibatsi kw’uruvange rw’inzahabu n’ifeza+, nk’ishusho y’umuriro irya n’ino imbere muri co+, uhereye kw’ishusho y’amafyinga yiwe kuduga; kandi uhereye kw’ishusho y’amafyinga yiwe kumanuka, mbona ikintu kimeze nk’ishusho y’umuriro, kandi yarakaka irya n’ino. 28 Hari ikintu kimeze nk’ishusho y’umuheto+ uza mu gicu ku musi imvura icuncubuka. Ukwo ni ko ishusho ya nya kwakaka yari imeze impande zose. Yari ishusho y’ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova busa+. Ndabibonye, nca ngwa nubamye+, maze numva ijwi ry’uwuvuga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika