ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:4; Yr 22:18; 36:30
  • +Gus 28:49; 2Bm 24:1; 2Ng 36:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 24

Daniyeli 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:41; Yes 42:24
  • +2Ng 36:7; Yr 27:19
  • +It 10:10; 11:2
  • +Ezr 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 24

Daniyeli 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:11
  • +2Bm 20:18; Yes 39:7

Daniyeli 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 14:25; Ind 4:7
  • +Ums 7:19; Dn 1:20; 2:20; 5:11
  • +Dn 1:17
  • +Img 22:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1997, rup. 14

Daniyeli 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:22; Dn 1:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2005, rup. 27

Daniyeli 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:48; 5:13, 29
  • +Dn 2:17

Daniyeli 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:45; 2Bm 23:34; 24:17
  • +Dn 4:8; 5:12
  • +Dn 2:49; 3:12, 28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 14

Daniyeli 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:4, 13; 17:12
  • +Lw 11:47; Zb 119:2; Ezk 4:13

Daniyeli 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:50; Zb 106:46; Img 16:7

Daniyeli 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 19

Daniyeli 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 19

Daniyeli 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 18

    15/7/2005, rup. 27-28

Daniyeli 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 18

Daniyeli 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:12

Daniyeli 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:98; Img 2:6; Ums 2:26; Yes 28:26
  • +Gh 12:6; Dn 1:20; 4:9; 5:11

Daniyeli 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:5

Daniyeli 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:6
  • +Img 22:29

Daniyeli 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:100; Img 4:7, 8
  • +Kv 7:11
  • +Dn 2:2; 4:7; 5:8

Daniyeli 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:28; 10:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1997, rup. 14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 1:12Ng 36:4; Yr 22:18; 36:30
Dan. 1:1Gus 28:49; 2Bm 24:1; 2Ng 36:6
Dan. 1:2Zb 106:41; Yes 42:24
Dan. 1:22Ng 36:7; Yr 27:19
Dan. 1:2It 10:10; 11:2
Dan. 1:2Ezr 1:7
Dan. 1:3Dn 1:11
Dan. 1:32Bm 20:18; Yes 39:7
Dan. 1:4Dn 1:17
Dan. 1:4Img 22:29
Dan. 1:42Sm 14:25; Ind 4:7
Dan. 1:4Ums 7:19; Dn 1:20; 2:20; 5:11
Dan. 1:51Bm 4:22; Dn 1:15
Dan. 1:6Dn 2:48; 5:13, 29
Dan. 1:6Dn 2:17
Dan. 1:7It 41:45; 2Bm 23:34; 24:17
Dan. 1:7Dn 4:8; 5:12
Dan. 1:7Dn 2:49; 3:12, 28
Dan. 1:8Lw 11:4, 13; 17:12
Dan. 1:8Lw 11:47; Zb 119:2; Ezk 4:13
Dan. 1:91Bm 8:50; Zb 106:46; Img 16:7
Dan. 1:10Img 29:25
Dan. 1:11Dn 1:3
Dan. 1:12It 1:29
Dan. 1:15Img 10:22
Dan. 1:16Dn 1:12
Dan. 1:17Zb 119:98; Img 2:6; Ums 2:26; Yes 28:26
Dan. 1:17Gh 12:6; Dn 1:20; 4:9; 5:11
Dan. 1:18Dn 1:5
Dan. 1:19Dn 1:6
Dan. 1:19Img 22:29
Dan. 1:20Zb 119:100; Img 4:7, 8
Dan. 1:20Kv 7:11
Dan. 1:20Dn 2:2; 4:7; 5:8
Dan. 1:21Dn 6:28; 10:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 1:1-21

Daniyeli

1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+. 2 Mu nyuma Yehova atanga mu kuboko kwiwe Yehoyakimu umwami wa Yuda+, na bimwe mu bikoresho+ vyo mu nzu y’Imana y’ukuri, ku buryo abizana mu gihugu ca Shinari+ ku nzu y’imana yiwe; nya bikoresho abizana ku nzu y’itunga y’imana yiwe+.

3 Maze umwami abwira Ashipenazi umukozi wiwe mukuru wo ku kirimba+ ngo azane bamwe muri bene Isirayeli n’abo mu nda y’ingoma be n’abo mu banyacubahiro+, 4 abana batagira agahonzi+ namba, mugabo basa neza kandi bafise ugutahura kwimbitse mu vy’ubukerebutsi bwose+, bafise ubumenyi bwinshi, batahura ibizwi+, bafise n’ubushobozi bwo guhagarara mu kirimba c’umwami+; amubwira kandi ngo bigishwe inyandiko y’Abakaludaya n’ururimi rwabo. 5 Vyongeye, umwami abagenera ingaburo ya buri musi ku binovereye+ vy’umwami no ku muvinyu wiwe wo kunywa, mbere ngo bagaburirwe imyaka itatu, kugira ngo iheze bahagarare imbere y’umwami.

6 Buno muri bo hari bamwe muri bene Yuda, ari bo Daniyeli+, Hananiya, Mishaheli na Azariya+. 7 Maze umukozi kizigenza wo ku kirimba abaha amazina+. Nuko aha Daniyeli izina Beluteshazari+; Hananiya amuha izina Shaduraki; Mishaheli amuha izina Meshaki; Azariya na we, Abedinego+.

8 Mugabo Daniyeli yiyemeza mu mutima wiwe kutiyandurisha+ ibinovereye vy’umwami be n’umuvinyu wiwe wo kunywa. Kandi yaguma asaba umukozi kizigenza wo ku kirimba ngo amukundire kutiyanduza+. 9 Nuko Imana y’ukuri ituma umukozi kizigenza wo ku kirimba agirira Daniyeli ubuntu bwuzuye urukundo be n’imbabazi+. 10 Nya mukozi kizigenza wo ku kirimba araheza abwira Daniyeli ati: “Ndatinya umukama wanje, umwami, we yabageneye ibifungurwa vyanyu n’ibinyobwa vyanyu+. Kubera iki none yoraba mu maso hanyu agasanga hajonjogoye mugereranijwe n’abana munganya imyaka, mugatuma umutwe wanje wagirwa n’icaha imbere y’umwami?” 11 Mugabo Daniyeli abwira umurinzi, uwo nya mukozi kizigenza wo ku kirimba+ yari yashinze kuraba Daniyeli, Hananiya, Mishaheli na Azariya, ati: 12 “Enda nugeze abasavyi bawe imisi cumi, baduhe indya z’insoromano+ turye, n’amazi tunywe; 13 maze twe n’abana barya ibinovereye vy’umwami tuze duseruke imbere yawe, witegereze mu maso hacu no mu maso habo, uheze ugirire abasavyi bawe ibihwanye n’ivyo uzoba ubonye.”

14 Amaherezo arabumviriza kuri ico kintu, arabageza imisi cumi. 15 Imisi cumi iheze, mu maso habo haboneka ko hasa neza, ko hadoshe, kuruta abana bose barya ibinovereye vy’umwami+. 16 Nuko wa murinzi aguma akuraho ibinovereye vyabo n’umuvinyu wabo wo kunywa, abaha indya z’insoromano+. 17 Nayo abo bana, uko ari bane, Imana y’ukuri ibaha ubumenyi n’ugutahura kwimbitse mu bijanye n’inyandiko yose be n’ubukerebutsi bwose+; kandi Daniyeli ubwiwe yari afise ugutegera mu bijanye n’ubwoko bwose bw’iyerekwa be n’indoto+.

18 Maze imisi umwami yari yavuze ko babazana iheze+, wa mukozi kizigenza wo ku kirimba ajako rero arabazana imbere ya Nebukadinezari. 19 Umwami atangura kuvugana na bo, kandi muri abo bose ntihaboneka uwumeze nka Daniyeli na Hananiya na Mishaheli na Azariya+; babandanya guhagarara imbere y’umwami+. 20 Ku kintu cose kijanye n’ubukerebutsi be n’ugutegera+ umwami yabasiguza, yasanga mbere baruta incuro cumi abaherezi b’abanyamageza bose+ be n’abahamagara imizimu+ bari mu karere kose aganza. 21 Nuko Daniyeli agumaho, gushika mu mwaka wa mbere wa Kuro umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika