ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Amosi 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Amosi 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 14:2; 2Ng 11:6
  • +2Bm 17:13
  • +2Ng 26:1; Yes 1:1; Hs 1:1
  • +2Bm 14:23; Am 7:10
  • +2Bm 13:13
  • +Zk 14:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 10

Amosi 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 3:16
  • +Yr 25:30
  • +1Sm 25:2; Yes 33:9; Nah 1:4

Amosi 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:8; 8:4
  • +2Bm 8:12; 10:32, 33; 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 16

Amosi 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:27
  • +1Bm 19:15; 2Bm 8:8
  • +1Bm 20:21

Amosi 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:8; 17:1
  • +2Bm 16:9; Yes 22:6; Am 9:7

Amosi 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:15
  • +2Ng 21:17; 28:18; Yw 3:6
  • +Ob 11

Amosi 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:20; 47:1; Zk 9:5

Amosi 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:1
  • +Yr 47:5
  • +Zb 81:14
  • +Zf 2:4; Zk 9:7
  • +Yes 14:29; Yr 47:4; Ezk 25:16; Zf 2:5

Amosi 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:2
  • +Yw 3:6

Amosi 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:12

Amosi 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:5; Yw 3:19
  • +Ezk 25:12
  • +Yb 6:14
  • +2Ng 28:17; Ob 10

Amosi 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:11; Ob 9
  • +It 36:33; Yes 34:6; Yr 49:13

Amosi 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:3; Zf 2:8
  • +Gus 23:3; 2Ng 20:1
  • +Abc 11:13; Yr 49:1; Ezk 35:10

Amosi 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:2; Ezk 25:5
  • +Zb 83:15

Amosi 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:3; 49:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Am. 1:12Sm 14:2; 2Ng 11:6
Am. 1:12Bm 17:13
Am. 1:12Ng 26:1; Yes 1:1; Hs 1:1
Am. 1:12Bm 14:23; Am 7:10
Am. 1:12Bm 13:13
Am. 1:1Zk 14:5
Am. 1:2Yw 3:16
Am. 1:2Yr 25:30
Am. 1:21Sm 25:2; Yes 33:9; Nah 1:4
Am. 1:32Bm 8:12; 10:32, 33; 13:7
Am. 1:3Yes 7:8; 8:4
Am. 1:4Yr 49:27
Am. 1:41Bm 19:15; 2Bm 8:8
Am. 1:41Bm 20:21
Am. 1:5Yes 7:8; 17:1
Am. 1:52Bm 16:9; Yes 22:6; Am 9:7
Am. 1:6Ezk 25:15
Am. 1:62Ng 21:17; 28:18; Yw 3:6
Am. 1:6Ob 11
Am. 1:7Yr 25:20; 47:1; Zk 9:5
Am. 1:8Yes 20:1
Am. 1:8Yr 47:5
Am. 1:8Zb 81:14
Am. 1:8Zf 2:4; Zk 9:7
Am. 1:8Yes 14:29; Yr 47:4; Ezk 25:16; Zf 2:5
Am. 1:9Ezk 26:2
Am. 1:9Yw 3:6
Am. 1:10Ezk 26:12
Am. 1:11Yes 34:5; Yw 3:19
Am. 1:11Ezk 25:12
Am. 1:11Yb 6:14
Am. 1:112Ng 28:17; Ob 10
Am. 1:12It 36:11; Ob 9
Am. 1:12It 36:33; Yes 34:6; Yr 49:13
Am. 1:13Ezk 25:3; Zf 2:8
Am. 1:13Gus 23:3; 2Ng 20:1
Am. 1:13Abc 11:13; Yr 49:1; Ezk 35:10
Am. 1:14Yr 49:2; Ezk 25:5
Am. 1:14Zb 83:15
Am. 1:15Yr 27:3; 49:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Amosi 1:1-15

Amosi

1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+. 2 Avuga ati:

“Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe+, kandi azokwumvikanishiriza ijwi ryiwe i Yeruzalemu+; kandi amatongo y’uburagiriro y’abungere azoja mu kigandaro, n’isonga rya Karumeli rizokwuma+.”

3 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Damasiko+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bakubitishije Gileyadi+ ibisekuzo vy’icuma. 4 Nanje nzorungika umuriro+ ku nzu ya Hazayeli+, urigate iminara yo kubamwo ya Beni-hadadi+. 5 Nzovuna igihindizo ca Damasiko+, i Bikati-aveni ndaharandure uwuhaba, n’i Beti-ede ni ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; kandi abantu b’i Siriya bazobwirizwa kuja i Kiri ari inyagano+,” ni ko Yehova avuze.’

6 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Gaza+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko batwaye mu bunyagano umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano+ ngo bawugabure kuri Edomu+. 7 Nanje nzorungika umuriro ku ruhome rwa Gaza+, urigate iminara yaho yo kubamwo. 8 Kandi i Ashidodi+ nzoharandura uwuhaba, n’i Ashikeloni+ ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; nzogarukana ukuboko kwanje+ kuri Ekuroni+, kandi abasigaye bo mu Bafilisitiya bazoyogera ata kabuza+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.’

9 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Tiro+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bagabuye kuri Edomu umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano, no kubera ko batibutse isezerano ry’abavukana+. 10 Nanje nzorungika umuriro ku ruhome rwa Tiro, urigate iminara yaho yo kubamwo+.’

11 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Edomu+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko yakurikiranye mwene wabo bwite n’inkota+, no kubera ko yononye kamere ziwe bwite z’imbabazi+, n’ishavu ryiwe rikaguma ritabagura ibihe bidahera; uburake bwiwe na bwo yabugumanye ibihe vyose+. 12 Nanje nzorungika umuriro i Temani+, urigate iminara yo kubamwo y’i Bozira+.’

13 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya bene Amoni+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma+, kuko bafomoje abagore bibungenze b’i Gileyadi, mu ntumbero yo kwiyagurira akarere+. 14 Nanje nzokwanda umuriro uruhome rw’i Raba+, urigate iminara yaho yo kubamwo, bibe havuga ikimenyetso c’ukugabisha ku musi w’urugamba, hahuhuta igihuhusi ku musi w’umuyaga w’ikirura+. 15 Kandi umwami wabo azoja mu bunyagano ata kabuza, ajane n’abaganwa biwe+,” ni ko Yehova avuze.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika