ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:3
  • +Lk 3:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 19

Ivyakozwe 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:10; 1Tm 3:16; 1Pt 3:22
  • +Mt 28:20; Lk 6:13; Yoh 15:16

Ivyakozwe 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:9; Yoh 20:19; 1Kr 15:6
  • +Lk 24:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 15-16

Ivyakozwe 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:49
  • +Yoh 14:16; Ivk 2:33

Ivyakozwe 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28; Mt 3:11; Mr 1:8

Ivyakozwe 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:26; Dn 7:27; Mik 4:8; Lk 19:11; 24:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 310

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 35-36

    Nushinge intahe, rup. 16

Ivyakozwe 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:21; 7:25; Lk 21:24
  • +Gus 29:29; Mt 24:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1998, rup. 15

    1/10/1998, rup. 7

Ivyakozwe 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:33
  • +Yes 43:10; Lk 24:48; Yoh 15:27
  • +Ivk 5:28
  • +Ivk 8:14
  • +Kl 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2014, rup. 29-30

    15/1/2011, rup. 22

    15/4/2010, rup. 11

    1/2/2010, rup. 30

    15/5/2008, rup. 31

    1/7/2005, rup. 25

    1/4/2001, rup. 19, 23-24

    1/12/1998, rup. 15

    Be maso!,

    9/2012, rup. 13-14

    Nushinge intahe, rup. 2, 16-17, 85, 218-220

    ‘Igihugu ciza’, rup. 32-33

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 275-278

Ivyakozwe 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:62
  • +Lk 24:51

Ivyakozwe 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:22
  • +Mt 28:3; Lk 24:4

Ivyakozwe 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:13; Mt 26:64; Ivh 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 310-311

    Nushinge intahe, rup. 17

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 14-15

    Urashobora Kubaho, rup. 145

Ivyakozwe 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:52
  • +Kv 16:29; Yoh 11:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 11

Ivyakozwe 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:37
  • +Mt 10:2; Mr 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18

Ivyakozwe 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:2; 1Ts 5:17
  • +Lk 23:49
  • +Mt 13:55; Yoh 7:5; Gl 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2015, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 18

Ivyakozwe 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 13:18
  • +Mr 12:36
  • +Zb 41:9; 55:12; Lk 22:47
  • +Yoh 18:3

Ivyakozwe 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:16; Yoh 6:71
  • +Mt 10:4

Ivyakozwe 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:5
  • +Zk 11:12; Mt 26:15; 2Pt 2:15
  • +Zb 55:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 290

Ivyakozwe 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:25
  • +Zb 109:8; 1Tm 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:13; Ivk 10:37
  • +Lk 24:51
  • +Mt 28:6; Mr 16:6; Ivk 1:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 18-19

Ivyakozwe 1:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; 1Ng 28:9; Yr 11:20; Ivk 15:8

Ivyakozwe 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:70

Ivyakozwe 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33
  • +Mt 28:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 311

    Nushinge intahe, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 1:1Lk 1:3
Ivyak. 1:1Lk 3:23
Ivyak. 1:2Ef 4:10; 1Tm 3:16; 1Pt 3:22
Ivyak. 1:2Mt 28:20; Lk 6:13; Yoh 15:16
Ivyak. 1:3Mt 28:9; Yoh 20:19; 1Kr 15:6
Ivyak. 1:3Lk 24:27
Ivyak. 1:4Lk 24:49
Ivyak. 1:4Yoh 14:16; Ivk 2:33
Ivyak. 1:5Yw 2:28; Mt 3:11; Mr 1:8
Ivyak. 1:6Yes 1:26; Dn 7:27; Mik 4:8; Lk 19:11; 24:21
Ivyak. 1:7Dn 2:21; 7:25; Lk 21:24
Ivyak. 1:7Gus 29:29; Mt 24:36
Ivyak. 1:8Ivk 4:33
Ivyak. 1:8Yes 43:10; Lk 24:48; Yoh 15:27
Ivyak. 1:8Ivk 5:28
Ivyak. 1:8Ivk 8:14
Ivyak. 1:8Kl 1:23
Ivyak. 1:9Yoh 6:62
Ivyak. 1:9Lk 24:51
Ivyak. 1:101Pt 3:22
Ivyak. 1:10Mt 28:3; Lk 24:4
Ivyak. 1:11Dn 7:13; Mt 26:64; Ivh 1:7
Ivyak. 1:12Lk 24:52
Ivyak. 1:12Kv 16:29; Yoh 11:18
Ivyak. 1:13Ivk 9:37
Ivyak. 1:13Mt 10:2; Mr 3:16
Ivyak. 1:14Kl 4:2; 1Ts 5:17
Ivyak. 1:14Lk 23:49
Ivyak. 1:14Mt 13:55; Yoh 7:5; Gl 1:19
Ivyak. 1:16Yoh 13:18
Ivyak. 1:16Mr 12:36
Ivyak. 1:16Zb 41:9; 55:12; Lk 22:47
Ivyak. 1:16Yoh 18:3
Ivyak. 1:17Lk 6:16; Yoh 6:71
Ivyak. 1:17Mt 10:4
Ivyak. 1:18Mt 27:5
Ivyak. 1:18Zk 11:12; Mt 26:15; 2Pt 2:15
Ivyak. 1:18Zb 55:23
Ivyak. 1:20Zb 69:25
Ivyak. 1:20Zb 109:8; 1Tm 3:1
Ivyak. 1:21Yoh 15:27
Ivyak. 1:22Mt 3:13; Ivk 10:37
Ivyak. 1:22Lk 24:51
Ivyak. 1:22Mt 28:6; Mr 16:6; Ivk 1:9
Ivyak. 1:241Sm 16:7; 1Ng 28:9; Yr 11:20; Ivk 15:8
Ivyak. 1:25Yoh 6:70
Ivyak. 1:26Img 16:33
Ivyak. 1:26Mt 28:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 1:1-26

Ivyakozwe

1 Inkuru ya mbere, ewe Tewofile+, nayitunganije ku bintu vyose Yezu yatanguye gukora no kwigisha+, 2 gushika ku musi yaduzwa+, inyuma y’aho amariye guha amabwirizwa intumwa yatoye, akayabaha biciye ku mpwemu nyeranda+. 3 Abo na bo nyene, biciye ku bimenyamenya vyinshi bifadika, yarabiyeretse ari muzima inyuma y’aho amariye kubabazwa+, abonwa na bo mu misi mirongo ine yongera avuga ivyerekeye ubwami bw’Imana+. 4 Igihe yari kumwe na bo, abaha aya mategeko, ati: “Ntimuve i Yeruzalemu+, ahubwo mugume murindiriye ico Data yasezeranye+, ico mwanyumvanye; 5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”

6 Igihe rero bari bakoraniye hamwe, batangura kumubaza bati: “Mukama, iki gihe ni ho ugira usubize ubwami+ Isirayeli?” 7 Ababwira ati: “Si ivyanyu kumenya ivy’ibihe canke ibiringo+ Data yashize mu bubasha bwiwe bwite+; 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.” 9 Amaze kuvuga ivyo, bakiriko bararaba, araduzwa+ hanyuma igicu kiramupfuka, ntibaba bakimubona+. 10 Bagihanze amaso mw’ijuru akiriko aragenda+, baja babona abagabo babiri bambaye impuzu zera+ bahagaze iruhande yabo, 11 bavuga bati: “Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akakirwa hejuru mw’ijuru, azoza ukwo nyene+, nk’uko mumubonye aja mw’ijuru.”

12 Maze basubira+ i Yeruzalemu bavuye ku musozi witwa umusozi w’Imyelayo, uri hafi y’i Yeruzalemu, hakaba hari nk’urugendo rwo ku musi w’isabato+. 13 Nuko binjiye, baduga mu cumba co hejuru+, aho bari bacumbitse, ari Petero hamwe na Yohani na Yakobo na Andereya, Filipo na Toma, Barutelemi na Matayo, Yakobo mwene Alufayo na Simoni umunyamwete, na Yuda mwene Yakobo+. 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+.

15 Nuko muri iyo misi Petero arahaguruka hagati ya bene wabo, (nya sinzi ryose hamwe ryari rigizwe n’abantu nk’ijana na mirongo ibiri) avuga ati: 16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+, 17 kubera ko yari yaharuwe muri twebwe+ kandi akaronka uruhara muri ubu busuku+. 18 (Uwo nyene rero, yaguze+ itongo impembo y’ibitagororotse+, hanyuma agwa atanguje umutwe+, aturikira hagati na hagati, amara yiwe yose arandara. 19 Vyaramenyekanye no ku baba i Yeruzalemu bose, ku buryo iryo tongo ryiswe mu rurimi rwabo ngo: Akeludama, ni ukuvuga Itongo ry’Amaraso.) 20 Kuko vyanditswe mu gitabu c’Amazaburi, ngo: ‘Uburaro bwiwe nibucike umusaka, kandi ntihagire uwububamwo+,’ kandi ngo: ‘Ibanga ryiwe ry’ubucungezi niritwarwe n’uwundi+.’ 21 Birakenewe rero yuko mu bagabo bamye bakoranira hamwe natwe mu gihe cose Umukama Yezu yashishikara ibikorwa vyiwe muri twebwe+, 22 kuva igihe yabatizwa na Yohani+ gushika ku musi yakirwa mw’ijuru avuye muri twebwe+, umwe muri abo bagabo acika icabona hamwe natwe c’izuka ryiwe+.”

23 Nuko bashikiriza babiri, Yozefu uwitwa Barusaba yatazirwa Yusito, na Matiyasi. 24 Maze barasenga bati: “Ewe Yehova, wewe uzi imitima ya bose+, erekana muri aba bantu babiri uwo watoye, 25 ngo afate ikibanza c’ubu busuku n’ibanga ry’ukuba intumwa+, ivyo Yuda yataye ngo yigire ahantu hiwe bwite.” 26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika