IGICE CA 3 Integuro icapuwe Ivyo cibandako: Kirerekana ivyo Imana yiteze ku basavyi bayo IVYIGWA 34 Twokwerekana gute ko dukunda Yehova? 35 Ivyodufasha gufata ingingo nziza 36 Nube imvugakuri muri vyose 37 Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’akazi be n’amahera 38 Nukenguruke ingabire y’ubuzima 39 Ingene Imana ibona amaraso 40 Dushobora gute kuguma tudahumanye imbere y’Imana? 41 Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’igitsina? 42 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kwubaka be no kutubaka? 43 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kunywa inzoga? 44 Imisi mikuru yose yoba ihimbara Imana? 45 Kutagira aho duhengamiye bisobanura iki? 46 Kubera iki ukwiye kwiyegurira Yehova maze ukabatizwa? 47 Woba witeguriye kubatizwa?