IGICE CA 4 Integuro icapuwe Ivyo cibandako: Kirerekana ukuntu twoguma mu rukundo rw’Imana IVYIGWA 48 Nuhitemwo neza abagenzi 49 Urugo rwanyu rushobora gute kugira agahimbare?—Igice ca 1 50 Urugo rwanyu rushobora gute kugira agahimbare?—Igice ca 2 51 Dushobora gute kunezereza Yehova mu majambo tuvuga? 52 Kubera iki bihambaye ko twitwararika ukuntu twambara be n’ukuntu twitunganya? 53 Nuhitemwo uburyo bwo kwinezereza buhimbara Yehova 54 “Umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge” ni nde kandi akora iki? 55 Nushigikire ishengero urimwo 56 Nuzigame ubumwe mw’ishengero 57 Bigenda gute igihe ukoze igicumuro gikomeye? 58 Nugume uri intahemuka kuri Yehova 59 Urashobora kuguma uri intahemuka mu ruhamo 60 Nubandanye ukomeza ubucuti ufitaniye na Yehova