ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp17 no. 4 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Bibiliya yoba ishobora kugufasha igihe uri mu maganya?
  • Amaganya yoba azokwigera ahera?
  • Muterere amaganya yanyu yose kuri Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Amaganya
    Be maso!—2016
  • Ingene Bibiliya yofasha abagabo bafise amaganya
    Ibindi biganiro
  • Novyifatamwo gute ndi mu maganya?
    Urwaruka ruribaza
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
wp17 no. 4 rup. 16
Umuryango wibereye mw’Iparadizo

Ku ntwaro y’Ubwami bw’Imana, abantu “bazokwinovora amahoro menshi.”​—Zaburi 37:11

Bibiliya Ibivugako Iki?

Bibiliya yoba ishobora kugufasha igihe uri mu maganya?

Wokwishura gute?

  • Ego

  • Oya

  • Kumbure

Ico Bibiliya ivuga

“Muterere amaganya yanyu yose [ku Mana], kuko ibababara.” (1 Petero 5:7) Bibiliya iradukura amazinda yuko Imana ishobora kudufasha, tukaruhurirwa mu maganya.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Gusenga birashobora gutuma uronka “amahoro y’Imana,” ayatuma utekana igihe uri mu maganya.​—Abafilipi 4:6, 7.

  • Vyongeye, gusoma Ijambo ry’Imana birashobora gutuma udahagarika umutima cane.​—Matayo 11:28-30.

Amaganya yoba azokwigera ahera?

Bamwebamwe bavuga . . . ko amaganya no guhagarika umutima ari ntahara mu buzima, abandi na bo bakavuga ko amaganya ahera iyo umuntu apfuye akaja mu bundi buzima. Uvyibazako iki?

Ico Bibiliya ivuga

Imana izokuraho ibintu vyose biduteza amaganya. “Urupfu ntiruzoba rukiriho, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho.”​—Ivyahishuwe 21:4.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Ku ntwaro y’Ubwami bw’Imana, abantu bazokwiberaho mu mahoro n’umutekano.​—Yesaya 32:18.

  • Nta wuzokwibuka ingene amaganya no guhagarika umutima vyari bimeze.​—Yesaya 65:17.

Ushaka ayandi makuru, raba ikigabane ca 3 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.pr418.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika