1 Abami 21:15 Bibiliya y’Ubuhinduzi bw’Isi Nshya 15 Yezebeli akimara kumenya ko Naboti bamuteye amabuye agapfa, abwira Ahabu ati: “Genda ufate wa murima w’imizabibu Naboti w’i Yezereli+ yari yaranze kuguha ngo uwugure. Ntakiriho yapfuye.”
15 Yezebeli akimara kumenya ko Naboti bamuteye amabuye agapfa, abwira Ahabu ati: “Genda ufate wa murima w’imizabibu Naboti w’i Yezereli+ yari yaranze kuguha ngo uwugure. Ntakiriho yapfuye.”