ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 27:6; 2Sm 1:1
  • +1Sm 27:1
  • +2Sm 17:8; 1Ng 11:10

1 Ngoma 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:15; 20:16
  • +1Sm 17:49
  • +1Sm 20:20
  • +It 49:27; 1Sm 18:4

1 Ngoma 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 11:4
  • +1Ng 11:33
  • +1Ng 11:28

1 Ngoma 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:3
  • +1Ng 11:15
  • +1Ng 27:28

1 Ngoma 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:11; 1Ng 9:19

1 Ngoma 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:14, 29; 24:22; 1Ng 11:16
  • +2Ng 25:5
  • +2Sm 1:23; 17:10
  • +2Sm 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 10

1 Ngoma 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:19; Gus 33:20
  • +Lw 26:8; Zb 18:39

1 Ngoma 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 4:12
  • +Yos 3:15

1 Ngoma 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 22:4; 23:14; 24:22

1 Ngoma 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:4; 1Bm 2:13
  • +2Bm 10:15; Ivk 4:32
  • +1Sm 24:12
  • +It 31:42; 1Sm 26:23; Zb 7:6
  • +1Sm 24:15

1 Ngoma 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:34; 13:25
  • +2Sm 15:21
  • +Zb 54:4
  • +1Sm 8:12; 22:7

1 Ngoma 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 29:2
  • +Abc 3:3
  • +1Sm 29:4

1 Ngoma 12:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:1
  • +Gus 1:15; 33:17

1 Ngoma 12:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:1
  • +1Ng 5:24; 11:10

1 Ngoma 12:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 2:3
  • +2Sm 3:1; Yb 17:9
  • +It 32:2; Yos 5:14

1 Ngoma 12:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 2:1; 5:1
  • +1Ng 10:14
  • +1Sm 16:1, 13; 1Ng 11:10

1 Ngoma 12:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 27:5
  • +1Ng 6:49; 27:17

1 Ngoma 12:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 8:17; 1Bm 1:8; 2:35; 1Ng 6:8

1 Ngoma 12:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 8:1; 12:2
  • +1Ng 8:33

1 Ngoma 12:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:10

1 Ngoma 12:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 17:2

1 Ngoma 12:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:18
  • +Est 1:13; Lk 12:56
  • +Img 14:8; Ums 7:19; 9:18

1 Ngoma 12:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:10

1 Ngoma 12:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:32

1 Ngoma 12:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:24

1 Ngoma 12:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:33; Yos 13:8

1 Ngoma 12:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 11:10
  • +It 49:8, 10; 2Ng 30:12; Zb 110:3

1 Ngoma 12:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:25

1 Ngoma 12:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:17
  • +Yos 19:10
  • +Yos 19:32
  • +2Sm 16:2
  • +2Sm 17:28
  • +1Sm 25:18
  • +2Sm 6:19
  • +It 49:12
  • +Gus 33:24
  • +2Sm 17:29
  • +1Sm 25:18
  • +Img 11:10; 29:2; Ums 10:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 12:11Sm 27:6; 2Sm 1:1
1 Ngo. 12:11Sm 27:1
1 Ngo. 12:12Sm 17:8; 1Ng 11:10
1 Ngo. 12:2Abc 3:15; 20:16
1 Ngo. 12:21Sm 17:49
1 Ngo. 12:21Sm 20:20
1 Ngo. 12:2It 49:27; 1Sm 18:4
1 Ngo. 12:31Sm 11:4
1 Ngo. 12:31Ng 11:33
1 Ngo. 12:31Ng 11:28
1 Ngo. 12:4Yos 9:3
1 Ngo. 12:41Ng 11:15
1 Ngo. 12:41Ng 27:28
1 Ngo. 12:6Gh 26:11; 1Ng 9:19
1 Ngo. 12:81Sm 23:14, 29; 24:22; 1Ng 11:16
1 Ngo. 12:82Ng 25:5
1 Ngo. 12:82Sm 1:23; 17:10
1 Ngo. 12:82Sm 2:18
1 Ngo. 12:14It 49:19; Gus 33:20
1 Ngo. 12:14Lw 26:8; Zb 18:39
1 Ngo. 12:15Yos 4:12
1 Ngo. 12:15Yos 3:15
1 Ngo. 12:161Sm 22:4; 23:14; 24:22
1 Ngo. 12:171Sm 16:4; 1Bm 2:13
1 Ngo. 12:172Bm 10:15; Ivk 4:32
1 Ngo. 12:171Sm 24:12
1 Ngo. 12:17It 31:42; 1Sm 26:23; Zb 7:6
1 Ngo. 12:171Sm 24:15
1 Ngo. 12:18Abc 6:34; 13:25
1 Ngo. 12:182Sm 15:21
1 Ngo. 12:18Zb 54:4
1 Ngo. 12:181Sm 8:12; 22:7
1 Ngo. 12:191Sm 29:2
1 Ngo. 12:19Abc 3:3
1 Ngo. 12:191Sm 29:4
1 Ngo. 12:201Sm 30:1
1 Ngo. 12:20Gus 1:15; 33:17
1 Ngo. 12:211Sm 30:1
1 Ngo. 12:211Ng 5:24; 11:10
1 Ngo. 12:222Sm 2:3
1 Ngo. 12:222Sm 3:1; Yb 17:9
1 Ngo. 12:22It 32:2; Yos 5:14
1 Ngo. 12:232Sm 2:1; 5:1
1 Ngo. 12:231Ng 10:14
1 Ngo. 12:231Sm 16:1, 13; 1Ng 11:10
1 Ngo. 12:271Ng 27:5
1 Ngo. 12:271Ng 6:49; 27:17
1 Ngo. 12:282Sm 8:17; 1Bm 1:8; 2:35; 1Ng 6:8
1 Ngo. 12:291Ng 8:1; 12:2
1 Ngo. 12:291Ng 8:33
1 Ngo. 12:302Sm 17:10
1 Ngo. 12:31Yos 17:2
1 Ngo. 12:32Gus 33:18
1 Ngo. 12:32Est 1:13; Lk 12:56
1 Ngo. 12:32Img 14:8; Ums 7:19; 9:18
1 Ngo. 12:33Yos 19:10
1 Ngo. 12:34Yos 19:32
1 Ngo. 12:36Yos 19:24
1 Ngo. 12:37Gh 32:33; Yos 13:8
1 Ngo. 12:381Ng 11:10
1 Ngo. 12:38It 49:8, 10; 2Ng 30:12; Zb 110:3
1 Ngo. 12:391Bm 1:25
1 Ngo. 12:40Yos 19:17
1 Ngo. 12:40Yos 19:10
1 Ngo. 12:40Yos 19:32
1 Ngo. 12:402Sm 16:2
1 Ngo. 12:402Sm 17:28
1 Ngo. 12:401Sm 25:18
1 Ngo. 12:402Sm 6:19
1 Ngo. 12:40It 49:12
1 Ngo. 12:40Gus 33:24
1 Ngo. 12:402Sm 17:29
1 Ngo. 12:401Sm 25:18
1 Ngo. 12:40Img 11:10; 29:2; Ums 10:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 12:1-40

1 Ngoma

12 Aba ni bo baje kuri Dawidi i Zikulagi+, mu gihe yari akibuze umwidegemvyo kubera Sauli+ mwene Kishi; kandi bari muri ba bagabo b’abanyenkomezi+ bafasha Dawidi mu ntambara, 2 bitwaza imiheto, bagakoresha ukuryo n’ukubamfu+ mu gutera amabuye+ bakoresheje umugozi canke mu kurasa imyampi+ bakoresheje umuheto+. Bari abo muri bene wabo na Sauli, bo muri Benyamini. 3 Hari umukuru Ahiyezeri be na Yowasi, bene Shemaya Umunyagibeya+, hakaba na Yeziyeli na Pelete bene Azimaveti+, na Beraka na Yehu Umunyanatoti+, 4 na Ishimaya Umunyagibeyoni+, umugabo w’umunyenkomezi muri bamwe mirongo itatu+, akaba kandi yagaba bamwe mirongo itatu; na Yeremiya na Yahaziyeli na Yohanani na Yozabadi Umunyagedera+, 5 na Eluzayi na Yerimoti na Beyaliya na Shemariya na Shefatiya Umuharifu, 6 na Elikana na Ishiya na Azareli na Yowezeri na Yashobeyamu, Aba-Kora+, 7 na Yowela na Zebadiya bene Yerohamu w’i Gedori.

8 Mu Bagadi, hari abitandukanije maze baja ku ruhande rwa Dawidi muri ca kibanza kigoye gushikamwo mu gahinga+, bakaba bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi, abagabo bo mu ngabo z’intambara, baguma bateguye inkinzo zagutse be n’amacumu+, abari bafise mu maso nk’ah’intambwe+, kandi mu bunyarutsi bakaba bari bameze nk’ingeregere ku misozi+. 9 Ezeri yari umukuru, Obadiya uwugira kabiri, Eliyabu uwugira gatatu, 10 Mishimana uwugira kane, Yeremiya uwugira gatanu, 11 Atayi uwugira gatandatu, Eliyeli uwugira indwi, 12 Yohanani uwugira umunani, Elizabadi uwugira icenda, 13 Yeremiya uwugira cumi, Makibanayi uwugira cumi na rimwe. 14 Abo bari abo muri bene Gadi+, abakuru b’ingabo. Uwo hanyuma y’abandi yangana n’ijana, uwuhambaye kuruta abandi na we akangana n’igihumbi+. 15 Abo ni bo bajabutse Yorodani+ mu kwezi kwa mbere igihe rwari rwarenze inkombe+ zarwo zose, maze birukana abo mu biyaya vyo hasi bose, mu buseruko no mu burengero.

16 Bamwe muri bene Benyamini na Yuda baraza gushika kuri ca kibanza kigoye gushikamwo+, aho Dawidi yari. 17 Maze Dawidi arasohoka aja imbere yabo hanyuma ababwira ati: “Nimba muzanywe n’amahoro+ aho ndi kugira ngo muntabare, umutima wanje uzoba umwe n’uwanyu+. Mugabo nimba muzanywe no kungurisha ku bansi banje kandi ata kibi kiri ku biganza vyanje+, Imana+ ya ba sogokuruza bacu nibirabe iheze ibitunganye+.” 18 Nuko impwemu+ itwikira Amasayi umukuru wa bamwe mirongo itatu, avuga ati:

“Turi abawe, ewe Dawidi, kandi turi kumwe nawe+, ewe mwene Yese.

Amahoro, amahoro abe kuri wewe, kandi amahoro abe ku wugutabara,

Kuko Imana yawe yagutabaye+.”

Nuko Dawidi arabakira maze abashira mu bakuru b’abasirikare+.

19 Kandi mu ba Manase, hari abataye bakomokera kuri Dawidi igihe yazanana n’Abafilisitiya+ gutera Sauli ngo barwane; mugabo ntiyabafashije, kuko aho abatware b’urunani+ b’Abafilisitiya bamariye kuja inama, bamwirukanye, mu kuvuga bati: “Azoduta yomokere ku mukama wiwe Sauli, maze tuhasige agatwe+.” 20 Aje i Zikulagi+, abo mu ba Manase, ari bo Aduna na Yozabadi na Yediyayeli na Mikaheli na Yozabadi na Elihu na Ziletayi, abakuru+ b’ibihumbi bari aba Manase, barata bomokera kuri we. 21 Ni bo bafashije Dawidi kurwanya ka kagwi k’abambuzi+, kuko bose bari abagabo b’abanyenkomezi+ kandi b’intwari, maze baba abakuru mu ngabo; 22 kuko ku musi ku musi abantu baguma baza+ kuri Dawidi kumufasha, gushika ibaye ikambi nini+, nk’ikambi y’Imana+.

23 Ibi ni vyo bitigiri vy’abakuru b’abari bafise ibikwiye ku bw’ingabo baje kuri Dawidi i Heburoni+ kumuha ingoma+ ya Sauli nk’uko itegeko rya Yehova ryari+. 24 Bene Yuda batwara inkinzo zagutse n’amacumu bari ibihumbi bitandatu n’amajana umunani, bafise ibikwiye ku bw’ingabo. 25 Muri bene Simeyoni, abagabo b’abanyenkomezi kandi b’intwari bo mu ngabo bari ibihumbi indwi n’ijana.

26 Mu bahungu b’Abalewi: ibihumbi bine n’amajana atandatu. 27 Yehoyada yari indongozi+ ya bene Aroni+, akaba yari kumwe n’abantu ibihumbi bitatu n’amajana indwi. 28 Na Zadoki+, umusore w’umunyenkomezi kandi w’intwari, n’inzu ya ba sekuruza biwe, abakuru mirongo ibiri na babiri.

29 Muri bene Benyamini+, bene wabo na Sauli+, hari ibihumbi bitatu, kandi gushika ico gihe benshi muri bo baracungera rwose inzu ya Sauli. 30 Muri bene Efurayimu na ho, hari ibihumbi mirongo ibiri n’amajana umunani, abagabo b’abanyenkomezi+ kandi b’intwari, abagabo ba rurangiranwa, hakurikijwe inzu ya ba sekuruza babo.

31 Mu gice c’umuryango wa Manase+ na ho, hari ibihumbi cumi n’umunani bari bavuzwe amazina ngo baze kwimika Dawidi abe umwami. 32 Muri bene Isakari+ bari bazi kugendereza ibihe+ kugira bamenye ico Isirayeli yabwirizwa gukora+, hari abakuru babo amajana abiri, bene wabo bose bakaba bategekwa na bo. 33 Muri Zebuloni+, abaja mu ngabo, batonda urugamba bafise ibirwanisho vyose vy’intambara, hari ibihumbi mirongo itanu, kandi mu vy’ugusegenyukira kuri Dawidi, ntibagira imitima ibiri. 34 Muri Nafutali+ na ho, hari abakuru igihumbi, kandi bari kumwe n’abagabo ibihumbi mirongo itatu n’indwi bafise inkinzo zagutse n’amacumu. 35 Mu Badani na ho, abatonda urugamba bari ibihumbi mirongo ibiri n’umunani n’amajana atandatu. 36 Muri Asheri+ na ho, abaja mu ngabo kugira ngo batonde urugamba bari ibihumbi mirongo ine.

37 Mu bavuye hakurya ya Yorodani+ bo mu Barubeni no mu Bagadi no mu gice c’umuryango wa Manase bafise ibirwanisho vyose vy’ingabo za gisirikare, hari ibihumbi ijana na mirongo ibiri. 38 Abo bose bari abarwanyi, basegenyuka baja gutonda urugamba; baza i Heburoni bafise umutima ukwiye+ kugira ngo bimike Dawidi abe umwami wa Isirayeli yose; kandi n’abasigaye bose bo muri Isirayeli bari bahuje umutima kugira ngo bimike Dawidi abe umwami+. 39 Nuko bagumana ng’aho na Dawidi imisi itatu, barya bongera banywa+, kuko bene wabo bari babiteguriye. 40 Abari hafi yabo, gushika kuri Isakari+ na Zebuloni+ na Nafutali+, na bo nyene baza barazana ibifungurwa ku ndogobwa+ no ku ngamiya no ku nyumpu no ku nka: ibiribwa vyo mw’ifu+, udutsima tw’insukoni zafyonzwe+ zikegerana n’udutsima tw’inzabibu zumye+ n’umuvinyu+ n’amavuta+ n’inka+ n’intama+ vyinshi, kuko hari umunezero+ muri Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika