ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 2:1

Amajwi n'amasanamu

  • Abaragurisha inyenyeri baja kuraba Yezu; Herodi agira umugambi wo kumwica (gnj 1 50:25–55:52)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 5:2; Lk 2:4
  • +Lk 1:5
  • +Dn 1:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 15

    Yezu ni inzira, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2010, rup. 10

    1/4/2010, rup. 13

    1/12/2009, rup. 31

    1/1/2008, rup. 31

    15/12/2002, rup. 32

Matayo 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Mt 27:37
  • +Yes 47:13; Mt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 27

Matayo 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:42

Matayo 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 5:2
  • +Yes 44:28
  • +2Sm 5:2

Matayo 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:12; Img 10:11

Matayo 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 2:2

Matayo 2:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 163

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2015, rup. 13-15

    1/4/2010, rup. 13

Matayo 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 2:22

Matayo 2:13

Amajwi n'amasanamu

  • Yozefu atora Mariya na Yezu bagahungira mu Misiri (gnj 1 55:53–57:34)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:20; 2:19

Matayo 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:17
  • +Hs 11:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 201

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10

Matayo 2:16

Amajwi n'amasanamu

  • Herodi yica abana b’abahungu b’i Betelehemu no mu micungararo yaho (gnj 1 57:35–59:32)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 24

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10

Matayo 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10

Matayo 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:15, 16
  • +It 35:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2014, rup. 21

    15/8/2011, rup. 10

Matayo 2:19

Amajwi n'amasanamu

  • Umuryango wa Yezu uja kuba i Nazareti (gnj 1 59:34–1:03:55)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:20

Matayo 2:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2009, rup. 12

Matayo 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 2:12
  • +Mr 1:9; Lk 2:39

Matayo 2:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:51; Yoh 1:45
  • +Yes 11:1; 53:2; Yr 23:5; Zk 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2011, rup. 4-5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 2:1Mik 5:2; Lk 2:4
Mat. 2:1Lk 1:5
Mat. 2:1Dn 1:20
Mat. 2:2It 49:10; Mt 27:37
Mat. 2:2Yes 47:13; Mt 2:9
Mat. 2:5Yoh 7:42
Mat. 2:6Mik 5:2
Mat. 2:6Yes 44:28
Mat. 2:62Sm 5:2
Mat. 2:8Zb 37:12; Img 10:11
Mat. 2:9Mt 2:2
Mat. 2:12Mt 2:22
Mat. 2:13Mt 1:20; 2:19
Mat. 2:15Mt 5:17
Mat. 2:15Hs 11:1
Mat. 2:16Mt 2:7
Mat. 2:18Yr 31:15, 16
Mat. 2:18It 35:19
Mat. 2:19Mt 1:20
Mat. 2:22Mt 2:12
Mat. 2:22Mr 1:9; Lk 2:39
Mat. 2:23Lk 2:51; Yoh 1:45
Mat. 2:23Yes 11:1; 53:2; Yr 23:5; Zk 3:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 2:1-23

Matayo

2 Yezu amaze kuvukira i Betelehemu+ h’i Yudaya mu misi ya Herodi+ umwami, abaragurira ku nyenyeri+ bavuye mu mihingo yo mu buseruko baza i Yeruzalemu, 2 bavuga bati: “Wa mwami+ w’Abayuda yavutse ari hehe? Kuko twabonye inyenyeri+ yiwe igihe twari mu buseruko, tukaba tuje kumwunamira.” 3 Umwami Herodi avyumvise ahagarika umutima, na Yeruzalemu yose iwuhagarikana na we; 4 nuko akoranya abakuru bose b’abaherezi n’abanditsi b’ico gisata, atangura kubabaza aho Kristu yari kuvukira. 5 Bamubwira bati: “I Betelehemu+ h’i Yudaya; kuko uku ari ko vyanditswe biciye ku muhanuzi, ngo: 6 ‘Nayo wewe, ewe Betelehemu+ ho mu gihugu ca Yuda, nturi igisagara ata co kivuze na gato mu bindi vyose muri ba buramatari ba Yuda; kuko muri wewe hazova uwutwara+, ari we azoragira+ igisata canje Isirayeli.’”

7 Maze Herodi atumako mu mpisho ba bantu baragurira ku nyenyeri, abasiguza avyitondeye igihe iyo nyenyeri yabonekeyeko; 8 hanyuma igihe ariko abarungika i Betelehemu, avuga ati: “Nimugende, murondere uwo mwana mutoyi muvyitondeye, nimwamara kumutora mugaruke kubimbwira, kugira nanje ngende kumwunamira+.” 9 Aho bumviye iryo umwami avuze, bafata inzira baragenda; kandi ehe, ya nyenyeri bari babonye igihe bari mu buseruko+ ibagendera imbere, gushika aho ihagarara hejuru y’aho wa mwana mutoyi ari. 10 Aho baboneye nya nyenyeri baranezerwa cane koko. 11 Maze binjiye mu nzu babona wa mwana mutoyi ari kumwe na Mariya nyina wiwe, hanyuma bikubita hasi, baramwunamira. Vyongeye, batekurura ubutunzi bwabo bamushikanira ishikanwa: inzahabu n’imibavu ya olibani be n’imira*. 12 Ariko kubera ko baburiwe n’Imana+ mu ndoto ngo ntibasubire kwa Herodi, baca bavayo baja mu gihugu iwabo baciye mu yindi nzira.

13 Bamaze kuvayo, umumarayika wa Yehova+ abonekera Yozefu mu ndoto, avuga ati: “Haguruka, utore wa mwana na nyina wiwe uhungire mu Misiri, maze ugumeyo gushika ngize ijambo nkubarira; kuko Herodi agira arondere uwo mwana ngo amwice.” 14 Nuko arahaguruka, atora wa mwana na nyina wiwe mw’ijoro, aja mu Misiri, 15 agumayo gushika Herodi apfuye, kugira haranguke+ ivyavuzwe na Yehova biciye ku muhanuzi wiwe, ngo: “Nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.”

16 Maze Herodi, abonye ko ba bantu baragurira ku nyenyeri bamuhenze arashangashirwa cane, atuma abantu, bica abana bose b’abahungu b’i Betelehemu no mu ntara zaho zose, kuva ku wumaze imyaka ibiri kumanuka, yisunze igihe yari yabaririkije avyitondeye kuri ba bantu baragurira ku nyenyeri+. 17 Maze haca haranguka ivyavuzwe biciye kuri Yeremiya umuhanuzi, ngo: 18 “Ijwi ryumvikanye i Rama+, amosozi n’amaborogo menshi; yari Rasheli+ aririra abana biwe, yanka guhozwa, kuko batakiriho.”

19 Herodi amaze gupfa, umumarayika wa Yehova abonekera Yozefu mu ndoto+ mu Misiri 20 avuga ati: “Haguruka, utore wa mwana na nyina wiwe, ufate inzira uje mu gihugu ca Isirayeli, kuko abariko barondera ubuzima bw’uwo mwana bapfuye.” 21 Nuko arahaguruka, atora wa mwana na nyina wiwe, yinjira mu gihugu ca Isirayeli. 22 Mugabo yumva ko Arikelayo ari we yasubiriye se Herodi ku ngoma i Yudaya, aca atinya kujayo. Vyongeye, aburirwa n’Imana mu ndoto+, aca agenda mu karere k’i Galilaya+, 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika