ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abafilipi 1:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:22
  • +Ivk 16:12
  • +1Tm 3:1, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 53

Abafilipi 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:2

Abafilipi 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:8

Abafilipi 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 1:2

Abafilipi 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:27

Abafilipi 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:13
  • +1Kr 1:8

Abafilipi 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 3:2
  • +Fp 4:14
  • +Ef 3:1; Fp 1:13; Kl 4:18; 2Tm 1:8; Fm 13
  • +Ivk 24:10, 14; Fp 1:16
  • +Ivk 25:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 22-23

    1/9/1999, rup. 10-11

    1/12/1998, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 131-132

Abafilipi 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:12

Abafilipi 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 3:12
  • +Yoh 17:3; 2Pt 3:18
  • +1Kr 10:15; Heb 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 9-10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1997, rup. 13-14

Abafilipi 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2; Ef 5:10
  • +Fp 2:15
  • +Rm 14:13, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 12

    Be maso!,

    no. 1 2020 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 10-12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 24

    1/4/1997, rup. 13-14

Abafilipi 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:5; Yak 3:18
  • +Ef 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 24

Abafilipi 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:14

Abafilipi 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 3:1
  • +Ivk 28:31
  • +Fp 4:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 14-16

Abafilipi 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:9

Abafilipi 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:22; 2Kr 12:20
  • +1Kr 9:17; 13:2

Abafilipi 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:7

Abafilipi 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 3:14
  • +2Kr 11:28

Abafilipi 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:4
  • +Lk 9:50

Abafilipi 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:11
  • +Yoh 15:26; 1Pt 1:11

Abafilipi 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:19
  • +Rm 5:5
  • +Zb 119:46; Rm 1:16; 2Tm 1:8
  • +Ef 6:20
  • +2Kr 4:10; Kl 1:24
  • +Rm 14:8; 1Pt 4:16

Abafilipi 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:20; 6:14
  • +1Ts 4:14; 2Tm 4:8; Ivh 14:13

Abafilipi 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:16

Abafilipi 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 5:6
  • +2Tm 4:6
  • +1Kr 15:42; 2Kr 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 28

Abafilipi 1:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:15; 20:29

Abafilipi 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 22
  • +Rm 1:11; Ef 4:12; 1Tm 4:15

Abafilipi 1:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni “parusiya” (pa·rou·siʹa). Raba Inyongera ya 4.

Abafilipi 1:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “murwana nk’umuntu umwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:1; Kl 1:10
  • +Ivk 4:32; Rm 15:6; 1Kr 1:10; Ef 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 11-12

    15/9/2010, rup. 13-14

Abafilipi 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:9
  • +Lk 21:19; 2Ts 1:5

Abafilipi 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:8
  • +Ivk 5:41; Rm 5:3

Abafilipi 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:22; 1Ts 2:2; 2Tm 3:12
  • +Kl 1:24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Flp. 1:11Kr 7:22
Flp. 1:1Ivk 16:12
Flp. 1:11Tm 3:1, 8
Flp. 1:2Ef 1:2
Flp. 1:3Rm 1:8
Flp. 1:41Ts 1:2
Flp. 1:5Fp 1:27
Flp. 1:6Fp 2:13
Flp. 1:61Kr 1:8
Flp. 1:7Fp 4:14
Flp. 1:7Ef 3:1; Fp 1:13; Kl 4:18; 2Tm 1:8; Fm 13
Flp. 1:7Ivk 24:10, 14; Fp 1:16
Flp. 1:7Ivk 25:11
Flp. 1:72Kr 3:2
Flp. 1:8Kl 3:12
Flp. 1:91Ts 3:12
Flp. 1:9Yoh 17:3; 2Pt 3:18
Flp. 1:91Kr 10:15; Heb 5:14
Flp. 1:10Rm 12:2; Ef 5:10
Flp. 1:10Fp 2:15
Flp. 1:10Rm 14:13, 21
Flp. 1:11Yoh 15:5; Yak 3:18
Flp. 1:11Ef 1:14
Flp. 1:12Fp 1:14
Flp. 1:13Ef 3:1
Flp. 1:13Ivk 28:31
Flp. 1:13Fp 4:22
Flp. 1:142Tm 2:9
Flp. 1:15Mt 7:22; 2Kr 12:20
Flp. 1:151Kr 9:17; 13:2
Flp. 1:16Fp 1:7
Flp. 1:17Yak 3:14
Flp. 1:172Kr 11:28
Flp. 1:18Gl 2:4
Flp. 1:18Lk 9:50
Flp. 1:192Kr 1:11
Flp. 1:19Yoh 15:26; 1Pt 1:11
Flp. 1:20Rm 8:19
Flp. 1:20Rm 5:5
Flp. 1:20Zb 119:46; Rm 1:16; 2Tm 1:8
Flp. 1:20Ef 6:20
Flp. 1:202Kr 4:10; Kl 1:24
Flp. 1:20Rm 14:8; 1Pt 4:16
Flp. 1:21Gl 2:20; 6:14
Flp. 1:211Ts 4:14; 2Tm 4:8; Ivh 14:13
Flp. 1:22Yoh 15:16
Flp. 1:232Kr 5:6
Flp. 1:232Tm 4:6
Flp. 1:231Kr 15:42; 2Kr 5:8
Flp. 1:24Ivk 9:15; 20:29
Flp. 1:25Fm 22
Flp. 1:25Rm 1:11; Ef 4:12; 1Tm 4:15
Flp. 1:27Ef 4:1; Kl 1:10
Flp. 1:27Ivk 4:32; Rm 15:6; 1Kr 1:10; Ef 4:3
Flp. 1:281Kr 16:9
Flp. 1:28Lk 21:19; 2Ts 1:5
Flp. 1:29Ef 2:8
Flp. 1:29Ivk 5:41; Rm 5:3
Flp. 1:30Ivk 16:22; 1Ts 2:2; 2Tm 3:12
Flp. 1:30Kl 1:24
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Abafilipi 1:1-30

Abafilipi

1 Paulo na Timoteyo, abashumba+ ba Kristu Yezu, turabandikiye mwebwe aberanda bose bunze ubumwe na Kristu Yezu muri i Filipi+, hamwe n’abacungezi be n’abakozi b’ishengero*+:

2 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.

3 Nama nantaryo nshimira Imana yanje igihe cose ndabibutse+ 4 mu gutakamba kwanje kwose ku bwanyu mwese+, uko ntakambana akanyamuneza, 5 kubera umuganda mwaterereye+ ku nkuru nziza kuva ku musi wa mbere gushika n’ubu. 6 Kuko iki kintu nyene ndakizi ntakeka: yuko uwatanguye igikorwa ciza muri mwebwe azogisozera+ gushika ku musi+ wa Yezu Kristu. 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima+, mwese mukaba musangira+ nanje ubuntu ata wari abukwiriye, haba mu mvuto+ zanje canke mu kuburanira+ inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.

8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese ku buryo ndabumvira ikibabarwe+ nk’ico Kristu Yezu afise. 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+; 10 kugira ngo mwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi+ mudatsitaza+ abandi gushika ku musi wa Kristu, 11 ngo mubone kandi kwuzuzwa ivyamwa bigororotse+ bibonekera muri Yezu Kristu, ku bw’ubuninahazwa bw’Imana n’ugushemezwa kwayo+.

12 Nshaka rero ko mumenya, bene wacu, yuko ivyanje, aho kuvamwo ikindi, vyahavuye riho bituma inkuru nziza itera imbere+, 13 ku buryo imvuto zanje+ mu bijanye na Kristu zabaye akazwi na bose+ mu barinzi b’umwami bose no mu bandi bose+; 14 kandi benshi muri bene wacu mu Mukama, kubera ko bagumije umutima mu nda bivuye ku mvuto zanje, bararushiriza kugira umutima rugabo wo kuvuga ijambo ry’Imana ata bwoba+.

15 Ego ni ko, bamwe bariko bamamaza Kristu babitewe n’agashari be n’ugukebana+, ariko hari n’abandi babigira babikunze+. 16 Abo ba kabiri bariko bamenyekanisha Kristu babitumwe n’urukundo, kubera bazi yuko ndi ng’aha kugira mburanire+ inkuru nziza; 17 mugabo abo ba mbere babigira babitumwe n’agatima k’amahane+, batabigiranye imvo nziza, kuko bibwira ko bomvyurira amakuba+ mu mvuto zanje. 18 Bitwaye iki none? Nta na kimwe, atari uko mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi+ canke mu kuri, Kristu ariko aramenyekanishwa+, kandi ivyo ndabinezererwa. Mbere nzoguma nezerwa, 19 kuko nzi yuko ivyo bizomviramwo ubukiriro biciye mu gutakamba kwanyu+ no mu kuronswa impwemu ya Yezu Kristu+, 20 nk’uko niteze ndabishashaye+ kandi nkizigira+ yuko ntazomaramara+ mu buryo na bumwe, mugabo yuko mu mwidegemvyo wo kuvuga+ wose n’ubu Kristu azoshimagizwa nk’uko vyamye, biciye ku mubiri wanje+, haba mu kubaho canke mu gupfa+.

21 Kuko mu binyerekeye, kubaho ni Kristu+, gupfa+ na kwo ni inyungu. 22 Nimba rero ari ukubandanya kubaho mu mubiri, ivyo ni icamwa c’igikorwa canje+—yamara rero ico nohitamwo nta co menyesheje. 23 Ivyo bibiri birandemera+; mugabo ico nipfuza koko ni ukubohorwa be n’ukubana na Kristu+, kuko nkako ico ari co kirushirije kuba ciza+. 24 Ariko ni nkenerwa cane ko jewe nguma mu mubiri kubera mwebwe+. 25 Kubera rero ivyo ndavyizigiye ntakeka, ndazi yuko nzogumaho+ nkagumana namwe mwese ku bw’iterambere ryanyu+ n’akanyamuneza k’ukwizera kwanyu, 26 kugira ngo umwigino wanyu usesekare muri Kristu Yezu kubera jewe, ninongera kuba* kumwe namwe.

27 Kimwe gusa, mwigenze nk’uko bibereye+ inkuru nziza yerekeye Kristu, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve ivyanyu, yuko muhagaze mushikamye mu mpwemu imwe, murwanira hamwe*+ urugamba mufatanye mu nda ku bw’ukwizera kujanye n’inkuru nziza, 28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya+. Ico nyene ni ikimenyamenya c’ugutikira kuri bo, mugabo kikaba ic’ubukiriro kuri mwebwe+; kandi ico kimenyamenya kiva ku Mana, 29 kubera ko mwatewe agateka ku bwa Kristu, atari ako kumwizera+ gusa, ariko n’ako gucumukura+ ku bwiwe. 30 Kuko murwana urugamba nk’urwo nyene mwabonye ku binyerekeye+, nk’uko n’ubu mwumva ruvugwa ku binyerekeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika