ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 65:17; 2Pt 3:13
  • +Yes 66:22
  • +2Pt 3:10
  • +Ivh 20:11
  • +Yes 57:20; Ivh 17:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 6

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 301

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 12

Ivyahishuwe 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:1
  • +Heb 12:22; Ivh 3:12
  • +Ivh 19:7
  • +Mt 9:15; Yoh 3:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 145

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 301

Ivyahishuwe 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:27
  • +Zb 15:1
  • +Yes 66:23
  • +Ezk 43:7; 48:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 26

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 301-303

Ivyahishuwe 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 65:19; Ivh 7:17
  • +Yes 25:8; 1Kr 15:26
  • +Yes 35:10; 65:19
  • +2Pt 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 2

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2013, rup. 11

    15/9/2012, rup. 10

    1/8/2012, rup. 22

    15/1/2012, rup. 30

    1/12/2009, rup. 5-6

    15/8/2006, rup. 31

    1/5/2000, rup. 12

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303

Ivyahishuwe 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 18:18; Yes 6:1; Ivh 4:2
  • +Yes 42:9; Int 5:21; Ezk 36:26; 2Pt 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 6

    Niwiyegereze, rup. 81-86

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303-304

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 14

Ivyahishuwe 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:8; 22:13
  • +Zb 36:9; Yes 55:1; Ivh 7:17; 22:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 303-304

Ivyahishuwe 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:28; Ivh 3:12
  • +2Sm 7:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 304

Ivyahishuwe 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:20; Heb 3:19; 1Yh 5:10
  • +Rm 1:24; 1Kr 6:9
  • +1Yh 3:15
  • +Ef 5:5
  • +Gl 5:20
  • +Yoh 8:44; Ivk 5:3; 1Tm 1:10
  • +Mt 5:22; 18:9; Yak 3:6
  • +Yes 30:33; Mt 10:28; Ivh 19:20
  • +Img 10:7; Heb 10:26; Ivh 2:11; 20:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 76

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 304-305

Ivyahishuwe 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:21; Ivh 15:1
  • +Zb 45:9; Ivh 19:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 305

Ivyahishuwe 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:2; Ezk 40:2; Mik 4:1
  • +Yes 52:1
  • +Heb 12:22; Ivh 3:12; 21:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 305

Ivyahishuwe 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:1
  • +Kv 24:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 302, 305-306

Ivyahishuwe 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:18
  • +Kv 28:21; 39:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 302, 305-306

Ivyahishuwe 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 22:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 302, 305-306

Ivyahishuwe 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:10
  • +Mt 10:2; Lk 6:13; Ivk 1:13; Ef 2:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 302, 305-306

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1997, rup. 9-10

Ivyahishuwe 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:3; Ivh 11:1
  • +Ezk 40:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 306

Ivyahishuwe 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 306-307

Ivyahishuwe 21:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni amatambwe y’ukuboko uciriye mu nkokora. Itambwe rimwe ni nka cm 44,5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 306-307

Ivyahishuwe 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:3; 21:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 307-308

Ivyahishuwe 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:11
  • +Yes 54:12
  • +Kv 28:18; Ezk 28:13
  • +Kv 39:11; Yb 28:6
  • +Kv 28:17; Ivh 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 307-308

Ivyahishuwe 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:20; Ind 5:14; Ezk 1:16; Dn 10:6
  • +Kv 28:17; 39:10; Yb 28:19; Ezk 28:13
  • +Kv 28:19; 39:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 307-308

Ivyahishuwe 21:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 1:6; Yb 28:18; Mt 13:46

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 307-308

Ivyahishuwe 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:49
  • +Zb 11:4
  • +Kv 6:3; Ivh 15:3
  • +Yoh 4:23
  • +Ef 2:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 308-309

Ivyahishuwe 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:19; Ivh 22:5
  • +Yoh 1:9; Ivk 26:13; Heb 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 308-309

Ivyahishuwe 21:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:3
  • +Zb 138:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 309-310

Ivyahishuwe 21:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:11
  • +Yes 60:20

Ivyahishuwe 21:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:5

Ivyahishuwe 21:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:9; Gl 5:21
  • +Zb 5:6; Kl 3:9; Ivh 21:8
  • +Yes 52:1
  • +Dn 12:1; Fp 4:3; Ivh 13:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 306, 310

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 21:1Yes 65:17; 2Pt 3:13
Ivyah. 21:1Yes 66:22
Ivyah. 21:12Pt 3:10
Ivyah. 21:1Ivh 20:11
Ivyah. 21:1Yes 57:20; Ivh 17:15
Ivyah. 21:2Yes 52:1
Ivyah. 21:2Heb 12:22; Ivh 3:12
Ivyah. 21:2Ivh 19:7
Ivyah. 21:2Mt 9:15; Yoh 3:29
Ivyah. 21:3Ezk 37:27
Ivyah. 21:3Zb 15:1
Ivyah. 21:3Yes 66:23
Ivyah. 21:3Ezk 43:7; 48:35
Ivyah. 21:4Yes 65:19; Ivh 7:17
Ivyah. 21:4Yes 25:8; 1Kr 15:26
Ivyah. 21:4Yes 35:10; 65:19
Ivyah. 21:42Pt 3:7
Ivyah. 21:52Ng 18:18; Yes 6:1; Ivh 4:2
Ivyah. 21:5Yes 42:9; Int 5:21; Ezk 36:26; 2Pt 3:13
Ivyah. 21:6Ivh 1:8; 22:13
Ivyah. 21:6Zb 36:9; Yes 55:1; Ivh 7:17; 22:1
Ivyah. 21:71Kr 15:28; Ivh 3:12
Ivyah. 21:72Sm 7:14
Ivyah. 21:8Rm 11:20; Heb 3:19; 1Yh 5:10
Ivyah. 21:8Rm 1:24; 1Kr 6:9
Ivyah. 21:81Yh 3:15
Ivyah. 21:8Ef 5:5
Ivyah. 21:8Gl 5:20
Ivyah. 21:8Yoh 8:44; Ivk 5:3; 1Tm 1:10
Ivyah. 21:8Mt 5:22; 18:9; Yak 3:6
Ivyah. 21:8Yes 30:33; Mt 10:28; Ivh 19:20
Ivyah. 21:8Img 10:7; Heb 10:26; Ivh 2:11; 20:6
Ivyah. 21:9Lw 26:21; Ivh 15:1
Ivyah. 21:9Zb 45:9; Ivh 19:7
Ivyah. 21:10Yes 2:2; Ezk 40:2; Mik 4:1
Ivyah. 21:10Yes 52:1
Ivyah. 21:10Heb 12:22; Ivh 3:12; 21:2
Ivyah. 21:11Yes 60:1
Ivyah. 21:11Kv 24:10
Ivyah. 21:12Yes 60:18
Ivyah. 21:12Kv 28:21; 39:14
Ivyah. 21:13Ivh 22:14
Ivyah. 21:14Heb 11:10
Ivyah. 21:14Mt 10:2; Lk 6:13; Ivk 1:13; Ef 2:20
Ivyah. 21:15Ezk 40:3; Ivh 11:1
Ivyah. 21:15Ezk 40:5
Ivyah. 21:16Ivh 3:12
Ivyah. 21:18Ivh 4:3; 21:11
Ivyah. 21:19Yes 54:11
Ivyah. 21:19Yes 54:12
Ivyah. 21:19Kv 28:18; Ezk 28:13
Ivyah. 21:19Kv 39:11; Yb 28:6
Ivyah. 21:19Kv 28:17; Ivh 4:3
Ivyah. 21:20Kv 28:20; Ind 5:14; Ezk 1:16; Dn 10:6
Ivyah. 21:20Kv 28:17; 39:10; Yb 28:19; Ezk 28:13
Ivyah. 21:20Kv 28:19; 39:12
Ivyah. 21:21Est 1:6; Yb 28:18; Mt 13:46
Ivyah. 21:22Ivk 7:49
Ivyah. 21:22Zb 11:4
Ivyah. 21:22Kv 6:3; Ivh 15:3
Ivyah. 21:22Yoh 4:23
Ivyah. 21:22Ef 2:20
Ivyah. 21:23Yes 60:19; Ivh 22:5
Ivyah. 21:23Yoh 1:9; Ivk 26:13; Heb 1:3
Ivyah. 21:24Yes 60:3
Ivyah. 21:24Zb 138:4
Ivyah. 21:25Yes 60:11
Ivyah. 21:25Yes 60:20
Ivyah. 21:26Yes 60:5
Ivyah. 21:271Kr 6:9; Gl 5:21
Ivyah. 21:27Zb 5:6; Kl 3:9; Ivh 21:8
Ivyah. 21:27Yes 52:1
Ivyah. 21:27Dn 12:1; Fp 4:3; Ivh 13:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 21:1-27

Ivyahishuwe

21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho. 2 Mbona kandi ca gisagara ceranda+, Yeruzalemu Nshasha, kimanuka kiva mw’ijuru+ ku Mana, giteguwe nk’umugeni+ asharirijwe umugabo wiwe+. 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+. 4 Kandi izohanagura amosozi yose+ ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho+, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho+. Ivya kera vyagiye+.”

5 Maze Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ avuga ati: “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha+.” Yongera avuga ati: “Andika, kuko aya majambo ari ayo kwizigirwa n’ay’ukuri.” 6 Araheza ambwira ati: “Birakozwe! Ndi Alufa na Omega, intango n’iherezo+. Uwo wese anyotewe nzomuha kw’isôko ry’amazi y’ubuzima ku buntu+. 7 Uwo wese atsinda azotorana ivyo bintu, kandi nzoba Imana yiwe+, na we azoba umwana wanje+. 8 Nayo abanyabwoba n’abatagira ukwizera+, n’abasesemye bagendera mu mucafu+ wabo, be n’abicanyi+ n’abasambanyi+, n’abagira ivy’ubupfumu n’abasenga ibigirwamana+ n’ababeshi+ bose, umugabane wabo uzoba muri ca kiyaga cakishwa umuriro+ n’amazuku+. Ico gisobanura urupfu rwa kabiri+.”

9 Maze haza umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, avugana nanje ati: “Ingo hano, nkwereke umugeni, ari we mugore wa wa Mwagazi w’intama+.” 10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+ 11 gifise ubuninahazwa bw’Imana+. Uguca ibibatsi kwaco kwari kumeze nk’ibuye ry’agaciro kuruta ayandi yose, nk’ibuye rya yasipi rikayangana nk’ibuye ryitwa kirisitalo+. 12 Cari gifise uruhome+ runini rurerure kikagira n’amarembo cumi n’abiri, kuri nya marembo hakaba abamarayika cumi na babiri, kandi hari handitswe amazina ya ya miryango cumi n’ibiri ya bene Isirayeli+. 13 Mu buseruko hari amarembo atatu, mu buraruko amarembo atatu, mu bumanuko amarembo atatu, mu burengero na ho amarembo atatu+. 14 Uruhome rw’ico gisagara na rwo nyene rwari rufise amabuye y’umushinge+ cumi n’abiri, kandi kuri yo hari amazina cumi n’abiri ya za ntumwa cumi na zibiri+ za wa Mwagazi w’intama.

15 Uwariko avugana nanje yari afise irenga+ ry’inzahabu ry’ikigeresho, kugira ngo agere ico gisagara n’amarembo yaco n’uruhome rwaco+. 16 Kandi ico gisagara ni ikwadarato, kandi uburebure bwaco bungana n’ubwaguke bwaco. Maze agera ico gisagara+ akoresheje rya renga, atora sitadiyo ibihumbi cumi na bibiri; uburebure n’ubwaguke n’amahagarara vyaco birangana. 17 Agera n’uruhome rwaco, atora amatambwe* ijana na mirongo ine n’ane, nk’uko ingero y’umuntu iri, ikaba n’iy’umumarayika. 18 Kandi urwo ruhome rwari yasipi+, nya gisagara na co kikaba cari inzahabu itavanze nk’ikiyo kibona. 19 Imishinge+ y’uruhome rw’ico gisagara yari isharijwe n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro+: umushinge wa mbere wari yasipi+, uwa kabiri safiro+, uwa gatatu kalikedoni, uwa kane emerode+, 20 uwa gatanu saridonigisi, uwa gatandatu saridiyo, uw’indwi kirisolito+, uw’umunani berilo, uw’icenda topazi+, uw’icumi kirisopuraso, uw’icumi na rimwe yasenti, uw’icumi na kabiri ametisito+. 21 Vyongeye, ya marembo cumi n’abiri yari imaragarita cumi na zibiri; rimwe ryose muri ayo marembo ryari rigizwe n’imaragarita+ imwe. Inzira yagutse ya nya gisagara na yo yari inzahabu itavanze, nk’ikiyo kibonerana.

22 Kandi sinabonye urusengero muri co+, kuko Yehova+ Imana Mushoboravyose+ ari we rusengero+ rwaco, na wa Mwagazi w’intama nyene+. 23 Kandi ico gisagara ntigikeneye izuba canke ukwezi ngo vyakire kuri co, kuko ubuninahazwa bw’Imana bwakiboneshereza+, kandi itara ryaco yari wa Mwagazi w’intama+. 24 Kandi amahanga azogenda amurikiwe n’umuco waco+, kandi abami b’isi bazozana muri co ubuninahazwa bwabo+. 25 Kandi amarembo yaco ntazogenda yugawe ku murango+, kuko ata joro rizohaba+. 26 Kandi bazozana muri co ubuninahazwa n’iteka vy’amahanga+. 27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika