Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe maze bakaba umubiri umwe+. Zaburi 45:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umviriza, ewe mukobwa, ubone, kandi utege ugutwi;Niwibagire ab’iwanyu n’inzu ya so+.