Itanguriro 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Aburahamu anyarukira kw’ihema aho Sara ari, avuga ati: “Nyarutsa! Fata ingero zitatu za seya* z’ifu inoze, ucumbe igicumbe maze ukore udutsima tw’umuzingi+.” Abaheburayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.
6 Nuko Aburahamu anyarukira kw’ihema aho Sara ari, avuga ati: “Nyarutsa! Fata ingero zitatu za seya* z’ifu inoze, ucumbe igicumbe maze ukore udutsima tw’umuzingi+.”
9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.