Itanguriro 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra. Itanguriro 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu ahamba Sara umugore wiwe mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela imbere ya Mamure, ni ukuvuga Heburoni, mu gihugu ca Kanani+.
2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra.
19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu ahamba Sara umugore wiwe mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela imbere ya Mamure, ni ukuvuga Heburoni, mu gihugu ca Kanani+.