Yesaya 60:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+.
6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+.