Itanguriro 36:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na Basemati+, umukobwa wa Ishimayeli, mushiki wa Nebayoti+. Yesaya 60:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.
7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.