Zaburi 139:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amagufa yanje ntiwayanyegejwe+Igihe nahingurirwa mw’ibanga+,Igihe najishirwa mu bihimba vy’epfo rwose+ vy’isi. Umusiguzi 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+.
15 Amagufa yanje ntiwayanyegejwe+Igihe nahingurirwa mw’ibanga+,Igihe najishirwa mu bihimba vy’epfo rwose+ vy’isi.
5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+.