Itanguriro 36:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Aba rero ni bo bami baganje mu gihugu ca Edomu+ imbere y’uko hagira umwami aganza bene Isirayeli+. Guharura 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nyuma Musa atuma intumwa ku mwami wa Edomu+ zivuye i Kadeshi, ati: “Ibi ni vyo mwene wanyu Isirayeli+ avuze: ‘Wewe ubwawe urazi amagume yose yadushitseko+.
31 Aba rero ni bo bami baganje mu gihugu ca Edomu+ imbere y’uko hagira umwami aganza bene Isirayeli+.
14 Mu nyuma Musa atuma intumwa ku mwami wa Edomu+ zivuye i Kadeshi, ati: “Ibi ni vyo mwene wanyu Isirayeli+ avuze: ‘Wewe ubwawe urazi amagume yose yadushitseko+.