Itanguriro 24:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+.
35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+.