Itanguriro 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+. Itanguriro 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+. Zaburi 115:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Muri abahezagiwe na Yehova+,Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+. Yesaya 61:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.” Matayo 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.
2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+.
17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.
9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.”
34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.