Itanguriro 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya. 2 Abami 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko abatereka inzimano ikomeye; batangura kurya no kunywa, hanyuma arabarungika, baja ku mukama wabo. Maze twa tugwi tw’abambuzi+ tw’Abasiriya ntitwongera kugaruka na rimwe mu gihugu ca Isirayeli.
3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya.
23 Nuko abatereka inzimano ikomeye; batangura kurya no kunywa, hanyuma arabarungika, baja ku mukama wabo. Maze twa tugwi tw’abambuzi+ tw’Abasiriya ntitwongera kugaruka na rimwe mu gihugu ca Isirayeli.