ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 48:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze Isirayeli abwira Yozefu ati: “Ehe ngira mpfe+, mugabo Imana izogumana namwe koko, ibasubize mu gihugu ca ba sogokuruza banyu+.

  • Imigani 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ntiwiratire umusi ukurikira+, kuko utazi ico umusi uzovyara+.

  • Umusiguzi 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko umuntu+ mbere atazi igihe ciwe+. Nka kurya kw’amafi afatirwa mu rusenga+ rubi, kandi nk’inyoni zifatirwa mu mutego+, ni ko n’abana b’abantu bafatwa n’umutego mu gihe c’ivyago+, igihe ubaguyeko bukwi na bukwi+.

  • Yakobo 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika