1 Samweli 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Sauli abwira Samweli ati: “Nacumuye+, kuko nahonyanze itegeko rya Yehova n’amajambo yawe, kubera ko natinye abantu+, gutyo nkagamburuka ijwi ryabo. Yakobo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo umwe wese arageragezwa iyo akwezwe kandi akaryosharyoshwa n’icipfuzo ciwe bwite+.
24 Maze Sauli abwira Samweli ati: “Nacumuye+, kuko nahonyanze itegeko rya Yehova n’amajambo yawe, kubera ko natinye abantu+, gutyo nkagamburuka ijwi ryabo.