Yosuwa 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko baja aho Yosuwa ari kw’ikambi i Gilugali+, babwira Yosuwa n’abagabo ba Isirayeli bati: “Tuvuye mu gihugu ca kure. Ubu rero nimugirane isezerano+ natwe.”
6 Nuko baja aho Yosuwa ari kw’ikambi i Gilugali+, babwira Yosuwa n’abagabo ba Isirayeli bati: “Tuvuye mu gihugu ca kure. Ubu rero nimugirane isezerano+ natwe.”