Itanguriro 45:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 muheze mutore so n’ingo zanyu maze muze ino aho ndi, kugira ndabahe ivyiza vy’igihugu ca Misiri; kandi murye umwimbu unuze w’igihugu+. Guharura 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+.
18 muheze mutore so n’ingo zanyu maze muze ino aho ndi, kugira ndabahe ivyiza vy’igihugu ca Misiri; kandi murye umwimbu unuze w’igihugu+.
27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+.