Gusubira mu vyagezwe 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+. Malaki 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze. Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?” “Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+, Abagalatiya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abumira ku kwizera rero bariko barahezagirirwa+ hamwe na wa mwizigirwa Aburahamu+.
17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.
2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze. Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?” “Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+,