Itanguriro 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi Sarayi, umugore wa Aburamu, ntiyari yaramuvyariye abana+; mugabo yari afise umusukukazi w’Umunyamisirikazi yitwa Hagari+. Itanguriro 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Leya abonye ko yaretse kwibaruka, afata Zilupa umusukukazi wiwe amuha Yakobo ngo amubere umugore+. Itanguriro 46:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abo ni bo bahungu ba Zilupa+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Leya. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo: abantu cumi na batandatu.
16 Kandi Sarayi, umugore wa Aburamu, ntiyari yaramuvyariye abana+; mugabo yari afise umusukukazi w’Umunyamisirikazi yitwa Hagari+.
18 Abo ni bo bahungu ba Zilupa+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Leya. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo: abantu cumi na batandatu.