1 Ngoma 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yabezi+ agira icubahiro+ kuruta bene wabo; nyina ni we yamwise Yabezi, mu kuvuga ati: “Namwibarukiye mu mubabaro+.”
9 Yabezi+ agira icubahiro+ kuruta bene wabo; nyina ni we yamwise Yabezi, mu kuvuga ati: “Namwibarukiye mu mubabaro+.”