1 Samweli 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+. Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+. Hoseya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Efurayimu, ubuninahazwa bwabo buguruka nk’ikiremwa kiguruka+, ku buryo ata kwibaruka kubaho, canke inda yibungenze canke agasamo+.
5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+.
11 Nayo Efurayimu, ubuninahazwa bwabo buguruka nk’ikiremwa kiguruka+, ku buryo ata kwibaruka kubaho, canke inda yibungenze canke agasamo+.