Abacamanza 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’” Zaburi 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+. Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+.
27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’”
26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+.