Itanguriro 35:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abahungu yavyaye kuri Leya bari: Rubeni imfura ya Yakobo+, na Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Zebuloni. Itanguriro 46:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abo ni bo bahungu ba Leya+, abo yavyariye Yakobo i Padani-aramu, hamwe n’umukobwa wiwe Dina+. Abamukomotseko bose bari mirongo itatu na batatu.
23 Abahungu yavyaye kuri Leya bari: Rubeni imfura ya Yakobo+, na Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Zebuloni.
15 Abo ni bo bahungu ba Leya+, abo yavyariye Yakobo i Padani-aramu, hamwe n’umukobwa wiwe Dina+. Abamukomotseko bose bari mirongo itatu na batatu.