Zaburi 127:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni ivy’ubusa kuba muvyuka kare+,Kuba mwicara bwije+,Kuba mufungura ibifungurwa mu mibabaro+.Ukwo ni ko aha agatiro umukundwa wiwe+. Hagayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”
2 Ni ivy’ubusa kuba muvyuka kare+,Kuba mwicara bwije+,Kuba mufungura ibifungurwa mu mibabaro+.Ukwo ni ko aha agatiro umukundwa wiwe+.
6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”