Itanguriro 30:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ku bw’ivyo rero imikuku yarashuha iri imbere ya nya nkoni, maze nya mikuku ikavyara iz’uturongorongo, utudorodonzi n’amabara y’ibirabagu+.
39 Ku bw’ivyo rero imikuku yarashuha iri imbere ya nya nkoni, maze nya mikuku ikavyara iz’uturongorongo, utudorodonzi n’amabara y’ibirabagu+.