-
Itanguriro 31:43Bibiliya y’isi nshasha
-
-
43 Maze Labani mu kwishura abwira Yakobo ati: “Abo bakobwa ni abakobwa banje, n’abo bana ni abana banje, n’uyo mukuku ni umukuku wanje, kandi ikintu cose ubona ni icanje n’abakobwa banje. Ni igiki uno musi nogira bano canke abana bavyaye?
-