Itanguriro 46:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abo ni bo bahungu ba Zilupa+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Leya. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo: abantu cumi na batandatu. Itanguriro 46:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Abo ni bo bene Biluha+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Rasheli. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo; abantu bose bari indwi.
18 Abo ni bo bahungu ba Zilupa+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Leya. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo: abantu cumi na batandatu.
25 Abo ni bo bene Biluha+, uwo Labani yahaye umukobwa wiwe Rasheli. Abo ni bo yahavuye avyarira Yakobo; abantu bose bari indwi.