Itanguriro 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 maze ashira nya basukukazi n’abana babo imbere+, Leya n’abana biwe inyuma ya bano+, hanyuma Rasheli na Yozefu inyuma yabo+.
2 maze ashira nya basukukazi n’abana babo imbere+, Leya n’abana biwe inyuma ya bano+, hanyuma Rasheli na Yozefu inyuma yabo+.