Itanguriro 46:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 muze kuvuga muti: ‘Abasavyi bawe twamye turi aborozi kuva mu buto bwacu gushika n’ubu, twe na ba sogokuruza bacu+,’ kugira mube mu gihugu ca Gosheni+, kuko umwungere w’intama wese ari ikintu giteye ishishi kuri Misiri+.”
34 muze kuvuga muti: ‘Abasavyi bawe twamye turi aborozi kuva mu buto bwacu gushika n’ubu, twe na ba sogokuruza bacu+,’ kugira mube mu gihugu ca Gosheni+, kuko umwungere w’intama wese ari ikintu giteye ishishi kuri Misiri+.”