Nehemiya 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka;
35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka;