Itanguriro 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra.
2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra.