Itanguriro 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore. Itanguriro 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.
20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore.
26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.