Itanguriro 36:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yobabu apfuye, Hushamu wo mu gihugu c’Abatemani+ atangura kuganza mu kibanza ciwe+. Ezekiyeli 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nanje nzoramvurira ukuboko kwanje kuri Edomu+, ndaharandure icitwa umuntu n’igitungwa+, ndahagire ikibanza catikijwe kuva i Temani+ gushika n’i Dedani+. Bazogwishwa n’inkota. Obadiya 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abagabo bawe b’abanyenkomezi bazotekerwa koko n’ubwoba+, ewe Temani+, kuko umwe wese azorandurwa+ mu karere k’imisozi ka Esawu mu kwicwa+.
13 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nanje nzoramvurira ukuboko kwanje kuri Edomu+, ndaharandure icitwa umuntu n’igitungwa+, ndahagire ikibanza catikijwe kuva i Temani+ gushika n’i Dedani+. Bazogwishwa n’inkota.
9 Abagabo bawe b’abanyenkomezi bazotekerwa koko n’ubwoba+, ewe Temani+, kuko umwe wese azorandurwa+ mu karere k’imisozi ka Esawu mu kwicwa+.