1 Ngoma 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Amaherezo Shawuli arapfa, maze Bayali-hanani mwene Akibori+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.