Itanguriro 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara.
18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara.