Zaburi 64:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bumira ku mvugo mbi+;Bavuga ivyo kunyegeza imitego+.Bavuze ngo: “Ni nde ayibona+?” Imigani 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nibaguma bavuga ngo: “Ingo tujane. Tubundire gusesa amaraso+. Tunyegere dutegere abantu b’intungane ata co bazira+. Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
11 Nibaguma bavuga ngo: “Ingo tujane. Tubundire gusesa amaraso+. Tunyegere dutegere abantu b’intungane ata co bazira+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?