Luka 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi nimba mutabaye abizigirwa mu vy’uwundi+, ni nde azobaha ivyanyu? 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.