Itanguriro 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imisi ya Adamu amaze kuvyara Seti iba imyaka amajana umunani. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa+.
4 Imisi ya Adamu amaze kuvyara Seti iba imyaka amajana umunani. Muri ico gihe avyara abahungu n’abakobwa+.