Itanguriro 25:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nya bana barakura, Esawu acika umugabo azi guhiga+, umugabo w’ishamba, mugabo Yakobo acika umugabo atagirako umugayo+, aba mu mahema+. Abaheburayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.
27 Nya bana barakura, Esawu acika umugabo azi guhiga+, umugabo w’ishamba, mugabo Yakobo acika umugabo atagirako umugayo+, aba mu mahema+.
9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.